Le président du FNL réagit sur la rencontre entre RWASA Agathon et ses amis du PALIPEHUTU

IMG-20151012-WA0002

Advertisements

4 réflexions sur “Le président du FNL réagit sur la rencontre entre RWASA Agathon et ses amis du PALIPEHUTU

  1. Jewe ndiko ndabumviriza mbabazwa n’amajambo ya Gahutu Remy yataye ku mabuye ngo ariko abasigira iragi. Aho ntimumaramara!!!! Mbe ibi bintu biriko biba Gahutu Remy ntavyo yavuze? Hoho murabibona? Harure abahutu bamaze gupfa bishwe na bene wabo dushake duhere 2005 kuko imbere yaho mwavyagiriza abatutsi mubona bangana gute? Iyi mandat iteye ibibazo abavyanse n’ababishigikiye imbere ntihari abahutu? Ni bande bari mu kuri? Nyakwigendera arababona ivyo murimwo umushaha wiwe uzobagiriza namwe ntavyo muzorya muzotahira kumarana. Iyaba mwibuka Histoire des Hutus kuva 1955 gushika 1972 ayo babonye bigira incabwenge,bibaza ngo ni benshi mugabo batumvikana apogee yabo yanganye na declin yabo nivyo mwirengagiza. Muraraba CV zabo muri mwebwe muryana benshi ntazo mufise. Nta RWASA, nt Jacques mwese twarabahinyuye.Muhezagirwe!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s