8 réflexions sur “Un porte parole de NKURUNZIZA qui passe son temps à visionner des films pornographiques

  1. Abo bategetsi tubona bagumye biha ututegetsi, begeje kure Imana nya Mana bahitamwo kwifatanya na satani nico gituma ivyo bakora mu masaha 24 vyose ari ibinezera satani. Inda ndende, ubusuma, ubwicanyi, ubusambanyi, bref: ubuhimbiri bwose bubaranga. None Barundi -Barundikazi, mu ntwaro zikomeye zo kurwanya abo bantu bakorana n’umwami w’i Kuzimu, ni ugushishikarira gusenga iyo Mana nya Mana yacu rudende twemera tukayisaba ikigongwe ku ivyaha twoba dukora maze tukayitakambira ngo ikize U Burundi abo bene satani. Ayo maraso yose basesa be n’ivyo bonona baturira canke basenya, vyose ni IBIMAZI (sacrifices) bariko baraha satani kugirango bagume batwara igihugu bagicuritse atawuryogora. Dushishikarire gusenga. Amen!

    J’aime

  2. Indecent et profanation de l’institution de la Presidence de la Republique don’t il est sense etre le porte-parole.Ou est passe la soit-disante police des meurs?Il faut que cet individu demissionne ou qu’il soit demi de ses fonctions de porte-parole.C’est tres honteux et degradant.

    J’aime

  3. C’est très honteux pr un homme coe le porte parole du président mé o6 c’est pas étonnant car c’est le style de tous les dd de violer les filles et mamans,c’est prq ils vivent ds ce monde de prostitution

    J’aime

Laisser un commentaire