Les Belges applaudissent les décisions de l’Union africaine sur le Burundi

https://i0.wp.com/gardecotiere.be/sites/5051.fedimbo.belgium.be/files/buiza_4.jpgLes Affaires étrangères applaudissent les décisions de l’Union africaine sur le Burundi

Les Affaires étrangères belges ont accueilli positivement les décisions du Conseil de paix et de sécurité (CPS) de l’Union africaine (UA) au sujet du Burundi, annoncées samedi. Dimanche, sur Twitter, les Affaires étrangères ont indiqué « accueillir positivement la résolution », parlant de « consensus Union africaine – Union européenne sur l’urgence de la situation » dans ce petit pays de la région des Grands Lacs secoué depuis fin avril par une grave crise politique émaillée de violences.

La Belgique « est prête à soutenir les efforts régionaux », précisent les Affaires étrangères dans un second tweet, définissant l’approche préconisée comme un mélange d' »engagement et de pression visant la protection des droits humains et le dialogue » (« engagement and pressure aiming at #HR protection and dialogue »). Samedi, le Conseil de paix et de sécurité de l’UA a décidé, notamment, de lancer une « enquête approfondie sur les violations des droits de l’homme et autres exactions contre les populations civiles au Burundi » ainsi que d' »imposer des sanctions ciblées, y compris des interdictions de voyage et le gel d’avoirs, contre tous les acteurs burundais dont l’action et les propos contribuent à la persistance de la violence et entravent la recherche d’une solution ». L’annonce par le président Pierre Nkurunziza de sa candidature à un 3e mandat présidentiel, jugé inconstitutionnel par une large partie de l’opinion, est à l’origine des tensions qui déstabilisent depuis avril le Burundi. (Belga)

Agence Belga , publié le 18 octobre 2015 à 12h30, http://www.rtl.be/info

Publicités

8 réflexions sur “Les Belges applaudissent les décisions de l’Union africaine sur le Burundi

  1. Pingback: Burundi: presto truppe africane contro il genocidio? - L'Indro

  2. Ukwo biri kwose ayo makungu azobazwa igituma batigeze bazana inteko zikingira Abanyagihugu Haheze amezi Nkurunziza atakindi akora atari kwica Izo nterahamwe n imbonerakure Amakungu arazizi kuva Kiliba Ondes haheze umwaka n inusu
    Uburundi bufise Abasoda bacunera umutekano w ibindi Bihugu ariko ukamengo abarundi naho bicwa ntaco bibabwira
    Nkurunziza yagiye kubutegetsi yarakoze ibara ivyo barabizi Nkurunziza kuva 2010 ntakindi azi atari ukwica
    Nibaza ko abarundi bakwiye kurondera iyindi nzira nayo amakungu ntaco ariko aradufasha

    J'aime

    • Murundikazimwiza we,reka gucokora la Belgique,urazi neza ko Uburundi butunzwe n infashanyo ziva hanze,none urunva infanshanyo icarico?canke ubigira nimpaka?None hamwe amakungu yokwugara ayo marobinets acamwo infashanyo wibaza ko wobandanya kuvuga ayamuhe nkuko uriko uvuga??ba mwiyunvira imbere yo gucokorana!!
      Mugihe ukugaburira utunva impanuro aguha,ashatse arugara kandi ntuharira canke ngo umutere akagere.Ivyo ni bimwe bita « kunya aho utema » murantunga.

      J'aime

      • Sorry Marie, ntibitangaje kwumva ko hari abavuga nk’ukwo uvuga. Ba mpemeke ndamuke bamyeho; abashira inda imbere bakibagira amarira ya bene wabo ni benshi nkawe. Mugabo ndarwa nkavyuka, ko utigeze wicirwa kubwabo wita ngo bariko garafasha abarundi, ubona hari ikindi wovuga!!! Hari imfashanyo wabonye baha abarundi bagize la majorite de la population burundaise? Iyo bayitanze naho baca umwano, bakayitangana inzigo. Ukuboko kumwe gutanga imfashanyo, ukundi kuriko kurimba ikinogo bazotamwo uwo bariko baragaburira, bagira ngo urabirya ariko urabiruka; None bamaze iki? mbwira wewe uzi icobamaze muburundi. Nivyo twaneye aho dutema , kugira bene ho batware ivyotwatema batwarane n’ayo twaneye; Murantunga.

        J'aime

    • murundikazi mwiza,nsanze uri murundikazi mubi,kuko umuntu azi ivyo mujeri yirirwa irakora mukwica no mukwiba abanyagihugu,ntiwovuga yuko amaboko yabo yera,birumvikana cane yuko ushigikiye mujeri ushigikira mujeri wese,ameze nka mujeri nyene.ahubwo,dukwiye gushigikira cane twivuye inyuma kugira ituve kumutwe.imyaka 10 yose mujeri atwaye,ntaterambere yigeze ishikwako,atari ukwica nukwiba.babirigi,mukomere muguhasha abacanyi ba mujeri,uburundi bwa nyaburubnga bugire amahoro mujeri ituvuyeko.

      J'aime

      • Mr nduwimana, nimba ababirigi ataco bagutwaye n’ uko ibibi bakoze mwari mwabanje kubija inama; habaye ho gukingirana ikibaba kumabi abenshi babonye. None uvuga uti; uwononewe n’izo nyanka Barundi z’ababirigi ntakabaze igituma yarahekuwe akongera agasahurwa? Hewe, uraraba neza icatumye mujeri agira uburake n’amenyo asongoye, akavuga ngo ubu hoho ndabashishimura!!! Kumbure ni kubera abo bagesera ba babiligi bamutoteje gushika aho abura aho aseganyira akagira ngo n’utakurwanije waramwishe, none ni igiki cotuma atamurwanya ko na data yishwe ataco azira? Tu penses que SINDUMUJA a le droit de revandiquer ses droits mais MUJERI n’a pas cet droit? Wa wundi ngo UMWANA n’ IKINONO. Ubona iyo ntambara bama bazana mu Burundi yo kwimukira mu bubiligi iwabo, akaba aribo ihitana, abarundi tukaba amahoro nabo bagahona!!! Jewe rero sindi mujeri, ariko sinzi uwo wita mujeri uko aba ameze. Jewe ndi Umurundi ababazwa n’ umuntu wese yapfishije uwiwe yaba umurwanyi canke atariwe, yaba umupolici canke atariwe. Nkongera nkababazwa n’abapfa bazira ubukunzi bw’inda bwabo babiligi banka kwemera ko badashobora gutamba batambikije, kuko uburundi bwarikukiye. Uburundi nabwo si ubwanyaburunga ni Ubwabarundi reka kwihenda. Iyo comportement yokwanka igihugu kibitirirwa mugashikira abanya mahanga ngo n’uko musangiye kahise kabi kubwicanyi mwishe benewanyu, harageze ko ibagaragaza.

        J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s