6 réflexions sur “NDUWAYEZU Eric s’exprime sur la situation politique au Burundi (invité de la RBI)

  1. Je suis parfaitement d’accord avec Eric: Abarundi muzoshobora gukuraho iyo ntwaro mbi, si et seulement si muviriye hasi rimwe n’ ishavu, mukiheba mukamukuraho ku nguvu Nkurunziza. Ayandi makungu, ntanezwe ko ava ku butegetsi. Kandi abo ba politiciens ba kera nka bose bari corrompus. Dukeneye bashasha bafise des mains propres.
    Vive le peuple qui n’est pas corrompu!

    J’aime

  2. Merci Eric. Abarundi bose bategerezwa gushigikira ico ciyumviro ca Eric. Nico conyene gishobora kurandurana n’imizi akabi kabishe Nkurunziza yazanye mu gihugu. Icaha gihambaye azokwagirizwa n’ugukwegera abagesera b’interahamwe mu banyagihugu. Atagikozwe cihuta, zizomara abantu. Uburyo abamaze iminsi bapfa n’ibwo bubaranga. Ikindi caha nkurunziza yasubiye gucanisha mwo abatutsi n’abahutu k’unyungu ziwe kandi vyariko birahera kubera les accords d’Arusha yabanje gusasmbura. Atavuye mu gihugu ntihagire uwitega kw’amahoro azogaruka vuba mu gihugu. Abamurwanira yabigishije imyaka cumi, abagurira ibigwanisho, ashiramwo interahamwe zifise experience mukwica. Bazoziga umunyota. Abarunti bari hanze ni mukome akaruru kuko arimwe mubishoboye pour benewanyu bari mumenyo y’ingwe.

    J’aime

  3. Ngiye numva umuntu duhuza iciyumviro. Komera Eric kuko ni ukuri kwambaye ubusa: i Burundi nta moko ariho ahubwo hari inda gusa. Ivyo abantu bitirira ubwoko ni ico jewe nita classes sociales. Kuko 1. Par définition, ubwoko bwisangije ururimi (ou dialecte), bwisangije culture, moeurs n’ibindi. Or, i Burundi ivyo vyose abiyitirira abahutu canke abatuytsi babihuriyeko vyose. Na différences ou diversités ziterwa n’intara abantu babamwo.

    J’aime

  4. none ibyo eric avuze ni byiza none ou sont les leaders pour expulser nkurunziza? il faut des sacrifices. Meme Nkurunziza a du aller au maquis pour etre la ou il est assis aujourd’hui. nothing else will save burundi only freeddom fighting

    J’aime

Laisser un commentaire