13 réflexions sur “NYANGOMA reconnait sept partis politiques comme membres du CNARED (décision)

  1. Ko mutangara cane uyu yabikoze nkumunye poitique.Iyo ashiramwo umugambwe CNDD wiwe mwavuga cank twavuga ko yatandukany nabandi ariko hano nsiguramwo ibintu bibiri.Peut etre ko iyi migambwe ishizwe hano yashimye kuguma ari imigambwe.Abandi nka za MSD nizindi bashimwe kugira urunani rumwe ariko rugumana niyi migambwe yavuzwe hano.Ariko gusa hano haguma ikibazo kuko mumigambwe hano yavuzwe nuko atawufise abanywanyi bagaragara canke bazwi.

    J’aime

  2. Cette decision est une sortie ratee, a-t-il abandonne son parti politique? La plus urgente tâche n’est pas de sortir quotidiennement des decisions de ce genre vu ce que les criminels sont en train de faire aux femmes (voir la femme de Mutakura sur Burundi Crisi). Est-il en train de positionner des individus? Hasard!

    J’aime

  3. ndaba ye surpris mbonye nyangoma atazi ibintu batatu bituma umuntu aja muri negotiation bwabundi ubwenge burasaza nti babeshe kuko Je le croie intelligent ariko vyaracanganye.

    J’aime

  4. c’est dommage, pourquoi parmi ces partis cités manque son parti CNDD ou bien il reste lui seul dans son parti, d’où appartiennent MSD, NTITIJE, FRODEBU, FRODEBU-NYAKURI? Il veut triquer les gens, nous vous connaissons tous, si non dans quelques peu de jours tu restera toi seul. IMANA NIYO NKURU.

    J’aime

    • Nyangoma ,Pancrace nabo bari kumwe muri iyo CENARED ntibazoteba kumenya ko bihenze bazobaze Twagitamungu Faustin canke Pasteur Bizimungu bafise experience ikwiye.

      J’aime

Laisser un commentaire