Laissez-les manifester leurs idees,c’est cela la democratie.Ils vont bientot voir qu’ils se sont trompes!! Bazobona ko bariko bakurikira ubwije aho bukera.
Ils sont entrain de manifester c est leur droit absolut. Pensent-ils que ceux qui sont entrain de se faire masacre seulement parcequ’ils ont manifeste au Burundi,eux n’avaient pas le droit de le faire ??? Quelle moutonnerie!!!!!!
Naho woba uhumye nka Steve Wonder woshobora kumenya umurya uvuga neza n’uwutavuga neza gusumvya iyindi! None ga yemwe twovuga kwabobantu bazigiye amaso n’amatwi!!!??? uwutumva ibiba canke bikorerwa mu Burundi ni uwa hehe? Harageze ko dutangura gutahura ko ubwoko atariwo muti witerambere! Nkuko nyakubahwa umushingantahe Nyangoma Yarivumereye ati « Bapfana iki barutwa Nico bamariraniye ». Ukwo ni ukuri kwibereye ngahoooo gusa gusa! Reka rero gukurikira Nyante abagabo bijunja ni jambo bahari! Ikibwirwa ni icumva icerekwa naco ni ikibona!
J'aimeJ'aime
Abraham avugira SODOMA. Ivyo tubikwirikirana mu gitabo c’Amamuko.
YEZU canke YESU umwe wese uko arongorwa mukumutazira. YEZU ati : ninasanga muri SODOMA intungane mirongo 50 hagati mugisagara, nca ngirira ikigongwe igisagara cose kubera bo. Soma ku karongo 27-32 Yezu we ni imvuga kuri aradukebura kandi aradukunda twese ntasobanura kandi ntaharura nkuko muvyiyumvira.
J'aimeJ'aime
Laissez-les manifester leurs idees,c’est cela la democratie.Ils vont bientot voir qu’ils se sont trompes!! Bazobona ko bariko bakurikira ubwije aho bukera.
Ils sont entrain de manifester c est leur droit absolut. Pensent-ils que ceux qui sont entrain de se faire masacre seulement parcequ’ils ont manifeste au Burundi,eux n’avaient pas le droit de le faire ??? Quelle moutonnerie!!!!!!
J'aimeJ'aime
ubu niki cemeza ko ari abarundi!!!!!????
J'aimeJ'aime
Ni mubareke bariko bater‘igere ryanyuma.
Nimuv’ibuzimu muj’ibuntu. Game is over!!!
J'aimeJ'aime
vous etez des bandis comme nkurunziza 11 personnes sur plus de neuf million contre lui
ces 11 prtsonnrs sont surement des criminels comme lui
J'aimeJ'aime
ces personnes n’ont rien fait k’il neig ou k’il pleuve nkurunziza doit partir ds l’immediat
J'aimeJ'aime
none bahunzi iki ko badasubira inyuma
J'aimeJ'aime