NKURUNZIZA vend des terres domaniales par décret

CSPj8zDWEAABgQz CSPj8YxXAAAN7dN

Publicités

13 réflexions sur “NKURUNZIZA vend des terres domaniales par décret

  1. Les Burundais ont besoin d’être informés mais aussi éduqués. Les gens informés savent que dans tous les pays du monde, les contrats signés avec les investisseurs étrangers sont assortis d’une clause qui détermine la durée (limitée ou indéterminée) pendant laquelle les contrats vont être valables. Cette durée est généralement calculée en fonction du recouvrement du capital investi, plus les intérêts.
    Le cas mentionné ici n’est pas nouveau et ne sera pas le dernier. Toutes ces usines, tous ces contrats miniers, tous ces hôtels (anciens ou nouveaux) qui appartiennent aux compagnies étrangères sont frappés par cette clause. Généralement, l’investissement revient à l’État après la durée spécifiée dans le contrat. Pour la petite histoire, c’est comme cela que Bujumbura a été construit. Malheureusement, après la durée des contrats, les anciens dignitaires se sont empressés pour partager le butin et font tout pour que la vérité ne soit jamais occultée. En conséquence, presque tous les immeubles des avenues de Bujumbura appartiennent aux familles de Micombero, Bagaza et d’autres anciens dignitaires de l’Uprona. La vraie vérité au Burundi est très profonde et, personne ne veut en parler. Quand elle va éclater, les « MAUX » de tête burundais vont disparaitre.

    L’auteur de cet article devrait savoir cette information et trouver un autre titre qui ne vienne pas brouiller les esprits de quelques Burundais déjà chauffés par le fameux 2eme ou 3eme mandat de Nkurunziza.

    J'aime

  2. Uwimana uzana ivya Bible muri politik yuburundi mbe Nkurunziza akoresha Bible Ikibi nukuvuga umuntu akomeye ko ari umukeha bwenge udafise ivyemezo Je aho ngeza ndemeje ko Petero adakwije gose kuvyagirira abarundi na cane cane abatemera ivyiwe ubukurikira umugambwe CNDD yahinduye itongo ryiwe.Bizoja ahabona Ntagihe asigaje

    J'aime

  3. Ivyo sikibazo, birazwi ko uwuguze ikintu numusuma afashwe agisubiza! Uyo nawe nkurunziza umusuma wa 3è mandat, amategeko niyatangura gukora, akava kubutegetsi, abariko bagura ivyumusuma bazobisubizaaa, nimba batagira ubwenge nabo, birabasha! Ngo 50ans! Buca atandukira amazu yabarya yangaje nayo agurishe mwe nimurindire gatoya! ariko nawenyene muminsi mikeya ndabona azotuvako, imbaruwo asigaye agenda yinyegeje nkumurozi akinda mwijoro

    J'aime

  4. « pour une durée de 50 ans renouvelable »!! Je pensais avoir mal lu. Hari uwavuze ko iyo gouvernement irimwo aba « mercenaires » none ndatanguye kuvyemera.
    Un petit clein d’oeil: ayo mahera mwaronse muyarye neza kuko muzoyasubiza bitari kera!
    Abanyagihugu babatse imyaba yabo bahora bakuramwo uburaro n’uburamuko none muhagabiye abandi!

    J'aime

  5. Un contrat de 50 ans??? Je me demande si la commission est payé en amont? Sinon, vu que Nkurunziza et son équipe ne seront pas aux affaires pour longtemps, le pays sera penalisé – Ewe ntwaro mbi uragatsindwa!

    J'aime

  6. Hagowe uzoshiramwo amafranka yihenze ngo yagabiwe Kuko ivyo yasinye vyose muriki
    gihe atemewe n amategeko agenga Igihugu Mbere nivyo yatanze abantu bakoma induru
    bizosubizwa mu minwe ya Leta

    J'aime

    • Burya Nkurunziza yateye amabi yose igihugu kirimwo agamije kugurisha Uburundi abantu aricisha abandi arangaza agaca akorokera kumatongo yabo akagurisha burya ni umukeha bwenge igihanga ni kwase na nyina aho agurisha uko yigombeye ,ugurisha ibitarigwiwe aba yivye kandi nuguze aba afashije mu busuma .Igihe cose amategeko y’uburundi azemererwa gukora Nkurunziza azabihanirwa kandi decret izakurwa niyindi.

      J'aime

      • bene data nkunda nagira ndababwire ko uwutuka uwundi ngo nigikeha bwenge ijambo ry,Imana rivuga neza kwazotabwa munyenga yumuriro.kandi ijambo ry »Imana rivuga ngo uwurinda ururimi gwiwe aba arinze ubugingo bwiwe bwose.kandi rikongera rikavugango twubahe abatuganza kuko atakuganza kutava k »Umana.rero twiriyubare kuvyo tuvuga kugira satani ntadutware akayombekere.musome yakobo 1:19-27,yakobo4:1-12

        J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s