Le nom et le drapeau de la nouvelle rébellion burundaise

U.P.R.

Publicités

17 réflexions sur “Le nom et le drapeau de la nouvelle rébellion burundaise

  1. abo bantu baba upr turabahaye kaze ni banyaruke batabare abarundi bariko barahona bicwa n’uwobakingiye.uyu nawe imana yama avuga atayizi imubikiye impera bikwiranye.

    J'aime

  2. Kalibu, kalibu, mukurure abarundi mu menyo y’intambwe zitarenga 10 za Nkurumbi. Yazanye akabi kabishe mu gihugu abarundi bari batanguye kubana neza. Aho mwaciye twumvise k’umunyagihugu atawe mukorako. Imana ibahe inguvu zo kugarukira abana bayo.

    J'aime

  3. kaze mutabare abarundi bararushe,bariko baricwa nk’abana b’imbeba bazira ububegito bw’uwari sebarundi ariko yatay’umurongo. Muraza mwipanze neza kuko bayobewe ubwenge bwo kwubaka ariko ubwo kwica no gukor’ikibi barabufise naho atari ikirenga. Ntimuzojaniranye ngo mwic’abarundi,biter’umuvumo,nivyo vyahumiye NKURUMBI bituma at’ubuntu aba ikimwenyi. vive la révolution, karibu tuzobafasha

    J'aime

  4. kubamushaka kugarukana intambara nayotwabonye,nikibazo
    vyogenda neza mugihe abana banyu nabo boyijamwo,ntimudusuke abanyu mwarahugishije,mukaba munaniwe gusaba ibiganiro nta politique mushoboye.Gato ndabibutse,Abarundi twarapfuye kuva kera,mbere tugatungirwa kubiti,tugaherezwa mubinongo ,tugakwirikizwa ibibunda vyimbwa.Turasavye rero musabe ibiganiro,ntitwibuke ivyotwavuyemwo

    J'aime

    • Wa muntu wiyita Amezi? Iyo mba wewe sinkakube nari kugatamwo intobo! UPR, shingimizi!!! Ndabasavye mwabantu muyigize mube muva mu moko yose muheze mushinge imizi ntarandurwa.
      Mukaba mutarayitazira izina ry’ikirundi ngiyo intererano yanje: UPR, Shingimizi! Ca sonne bien, n’est-ce pas? Bref, igikuru n’intumbero mufise kuko turavye amakuba agahugu kacu kaciyemwo kubera uburyarya bw’abama bashaka gushikira ubutegetsi bashira imbere amazuru afyase abandi bakabwizigirako ngo bafise ayabaruye mubisezere ahandi ntaco muzopfa mushitseko.
      Abaganwa biyita ngo si abatutsi basanzwe bakibohorera inka n’amatongo vy’abatutsi ubu ntibakigira ikibanza; Micombero ngo azanye République se comportait comme un délinquant puisqu’il n’avait aucun programme politique, je vous épargne les détails; Bagaza qui en avait n’a hélas servi que ses cinq premières années, les restes je vous épargne les détails; Buyoya qui n’avait non plus aucun programme politique a tout perdu en volant tout gagné, je vous épargne les détails; Ndadaye qui fut le premier Hutu Président ne pouvait pas aller loin pcqu’il brandissait plus le nez que son programme politique, je vous épargne les détails; Ce Nkurumbi we « n’igihano Imana yahaye abarundi bose sans distinction de race.
      None nkundira ndababwire Barundi bene wacu ndabasavye ntimutuzanemwo ivy’amazuru kuko n’iragi ribi cyane. Muzoba mukoze kandi ntankeka muzoshikana abarundi bose aho bifuza gushika. AMAHORO.
      Imana ibajye imbere muri urwo Rugamba, nous sommes très nombreux derrière vous, Mais de grace ne brandissez pas vos NEZ!

      J'aime

  5. Nkuru kugenda nivyo ariko baze bahigane nabo kwa Nkuru nyene mais nous les innocents twibereho!si non ntaho bazoba batandukaniye na Nkurumbi niyobaza bajaniranya!Vive les patriotes,vive la Révolution

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s