3 réflexions sur “Le mouvement « HAGURUKA » s’exprime sur l’état d’avancement de autodéfense du peuple

  1. jewe iyo ndiko ndumviriza ukuntu abantu birirwa bavuga ko bagiye gukura mujeri kuri irya ntebe yicayeko,bakavuga gusa ariko ntibabishire mungiro nukuri hakuvuga udashitsa,wofumauhora.ikindi nokongerajko,nuko imana ikiriho kandi izokwamaho,uburundi buzoteba bugire amahoro kandi amahoro asesekaye,haze ubutegetsi nyabwo,ubutegetsi bwiyumvamwo abarundi bose.atawukumiwe,.odifax,ndashobora kumwemera naho nyene kuruhande rutoya,kubera igihe ca manifastation yihevye agafasha abari muriyo nukuhasiga ubuzima akaba yarahatwe.dukeneye kubona ubutegetsi butigeze bukora amaraso.abarundi turazinanyi,abantu bose bacitwaza amacakubiri,abantu bose bishe,tuirabazi ntibiyumvire yuko bashobora kuja kubutegetsi.murindire gatoyaibintu bigiye guhinduka.bitebe bitebuka kuko umwami yesu ari kungoma.

    J’aime

Laisser un commentaire