Déclaration du CNARED sur la criminalité du gouvernement de facto contre ses propres citoyens

001002

Advertisements

Une réflexion sur “Déclaration du CNARED sur la criminalité du gouvernement de facto contre ses propres citoyens

  1. UBwenge buriko buratujana. Ehe ndabereke mwe mushamiranye kandi mwonse rimwe. Uyu mukino bariko baradukina wo kuducanishamwo abo ba occidentaux naba orientaux tubacemwo abo muri Cnared nabo muri gouvernement bahure clandestinement barabe ukuntu iyi sous sol twoyirya twenyene abo bazungu batarimwo. Mugabo nukugaba tugakoresha ubwenge buhanitse bwo kwa amadouer abo bazungu tubereka ko nubundi tugicanyemwo ko tutari kumwe. kuko bahirahiriye bakamenya iyo plan yacu boca baja hamwe bose aba occidentaux naba orientaux contre le Burundi ama drone niyo yodusanzaza. Mbe harya nyene ngo dupfa iki. Nimugeze ngaho kunigagurana mutazi ico munigaguranira. Voilà mon opinion nkumurundi ariko aravyara burundi bwejo.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s