Nouvelle nuit de violence à Bujumbura

12278757_538614976296723_1099509738255522135_n

Plusieurs sources évoquent une attaque ce soir d’un bar « Kwa Masuguru » situé au Quartier 4 de ‪‎Ngagara‬ par des éléments de la Brigade anti-émeute conduits par Désiré Uwamahoro. Une personne a été tuée au cours de l’attaque: Fulgence Bwankoko, employé de la Bancobu (une banque commerciale). Une vingtaine de jeunes ont été également arrêtés et amenés au cachot du BCR (Bureau Central des Recherches).

Après quelques jours d’un calme relatif, la nuit de samedi à dimanche a été marquée par de nouvelles violences à Bujumbura. Les premiers tirs ont été entendus dans le quartier de Ngagara alors que la police procédait à l’arrestation d’une dizaine de jeunes, dont un journaliste burundais.

Les premiers tirs ont été entendus à Ngagara, un quartier contestataire du nord de Bujumbura alors que la police procédait à l’arrestation d’une dizaine de jeunes gens qui se trouvaient dans un bar. Parmi eux, un journaliste de la télévision Renaissance.

Que s’est-il passé exactement à ce moment-là ? Une certaine confusion règne. Mais les policiers se seraient mis à tirer, selon les habitants de ce quartier. Un civil a été tué.

La violence s’est alors répandue comme une traînée de poudre, gagnant un à un chaque quartier contestataire dans le centre et le sud de la capitale burundaise. Tirs à l’arme automatique, explosion de grenades… Certains habitants parlent même de tirs de mortiers sans qu’on puisse le vérifier.

Calme précaire

Tout ça avant qu’un calme précaire ne revienne deux heures plus tard. Aucun officiel ne pouvait être joint dans la nuit, mais comme d’habitude dans ce cas-là, les opposants burundais accusent les forces de l’ordre d’être responsables de ce déchaînement de violence alors que les militants du pouvoir pointent du doigt les insurgés armés issus de la contestation contre le troisième mandat du président Pierre Nkurunziza.

Est-ce une coïncidence, cette explosion de violence a eu lieu samedi soir alors que l’ex-rébellion au pouvoir au Burundi clôturait une semaine de commémoration de ses combattants dans des manifestations publiques à travers tout le pays.

le 22-11-2015 à 04:50, http://www.rfi.fr/afrique

Advertisements

8 réflexions sur “Nouvelle nuit de violence à Bujumbura

  1. humura bagenzi igifis’intango cose gifise niherezo. reka gushikurana baca umugani ngo inzara irahera igihemu kibi ntigihera. izi ngorane z’impfu niza 3èm mandat kuko imbere yaho nta bwicanyi nkubu bwahari. ariko none haruwobwir’umuntu ngo ica naka bitamurimwo akabikora! nimwumve ko twari dusanganywe akayigo hari habuze imbarutso gusa. mbega abarundi tuzomeny’Imana ryari! ariko kuja ngaho ugahigir’umuntu ngo nawe yobon’amarushwa n’umugore n’abana weho iyo nzigo ub’umufitiye izogushikana he!turi kwisi twese kandi ntawe shetani itonesha.kandi umwifurije amahoro nawe urayaronka kuko iyo nzigo ufise nirwo rupfu rwawe kandi wewe nta nzigo nkiyo aba agufitiye kumbure. ingo dufukame dusenge Imana ifise vyose mu kiganza cayo ndashima ko muzi k’ukuri kuzogaragara amakungu yaduciriy’umukenke uburundi s’izinga turakeneye amakungu n’ikimenyamenya nuko vyaduhagararanye reka gushigikira amakosa amategeko abaho ng’ibintu bije mu buryo atubahirijwe ingaruka n’izi mubona.ngira turize nimba tubona.

    J'aime

  2. Aba bantu bandika ibi nibo bapfukamye mu nda igihugu cacu! Kuki bibera mu ma quartier amwe gusa? Ni igiki gitandukanya quartier contestaire n’iyitari contestaire? Que signifie contestaire? Hasigaye igihe gito ivyo murimwo bigahinyuka no mutikubita agashi ngo mubireke. Ndazi ko ivyo nanditse mutigera mareka ngo abandi babisome, ariko mu Kirundi baca umugani ngo Ukuri guca mu ziko ntigusha. Abantu bamwe bamwe bari bakwiye kuva I bizimu bakaja I buntu. Pacifique (izina siryo muntu) Nininahazwe, kubera ko yari azi ububisha yateguye, yahengereye hasigaye akanya gato ngo ahekure abavyeyi mu gushuhurira abana b’abandi mw’ibarabara, aca ajana umugore n’abana I Bulaya. Mu kiganiro yagize kuri RPA bamubajije igituma yajanye umugore n’abana biwe I Bulaya, agarutse agaca ahamagarira abo abandi mw’ibarabara, abakurikiranye ico kiganiro muribuka ko yariye umunwa akabura ico yishura. Co kimwe an Sinduhije, igihe yagumura urwaruka rumuyoboka muri 2014, yasemereye ku maradiyo yuko ajoja imbere y’abandi air kumwe n’umugore wiwe n’abana biwe. None, mwigeze mumubona hehe? Kuki izo nyankaburundi zigomba ko abana bacu aribo bapfa? Hari uwuhava yiyumvira ngo ndiko mvuga ibi kubera shigikiye Nkurunziza. Yaba ari Nkurunziza atwara igihugu, yaba Nyangoma, yaba Nininahazwe canke Sinduhije, yaba Ntavyohanyuma canke Vitali Nshimirimana, uwo ariwe wese, ntabize urwuya ngo nibeko nta numwe muri bo azogaburira abana banje n’abo tuvukana. Nico kimwe rero, ivyo muvuga vyose, ab ariko abradurumbanya umutekano, abana bacu nibo bapfa abana b’ababidutuma bibereye mw’ishure mu bihugu vy’abazungu. Kandi abo babatuma ntiwibaze ngo hari ico bazobaha. Abana bacu bamwe bari mu Mpimba, abandi bari mu makambi y’impunzi abandi nabo bayerera mu bisagara vyo mu bihugu vyo muri kano karere. Bitebe bitebuke, abari kuduhekura bazotinda bashirwe imbere y’ubutungane maze intahe ibakubite mu gahanga. Mushobora kutemera ko ivyo nanditse hari abandi babisoma ariko ukuri kuguma ari ukuri.

    J'aime

    • Deodar,rekeraho kurementanya sha,murabobose wadondaguye warigeze ubona bica abantu me ubwo bubasha barabufise?atari nkurunziza yabwihaye imbere yokuba umucamanza mwiza banza uhere kuri so wanyu atakurikije amategeko yo Arusha kuko ariwe ariko Arica abantu kubona Umuntu yicaabantu ngo nuko batamushigikiye c est la honte vyategerezwa k
      Kugutera isoni ntiwandike umu maman nka we uteye isoni

      J'aime

    • Calme-toi mon compatriote, toute revolution emporte des victimes. Meme s’ils restaient « les mains croisees », les labo du pouvoir avaient deja prepare en utilisant la haine, qui seront les victimes.

      J'aime

    • Ico abarundi bose bomenya mu mvo bariko barakora canke bariko baravuga, n’uko batobandanya bavuga ngo quartier contestataires na quartiers ztari contestataires. Ivyo bishobora guteranya abarundi bagasubiranamwo. Hariho abantu batetemara manda ya gatatu na Nkurunziza hamwe n’abayemera et c’est tout. None ko ubu inkoho zivugira hose? EJO HARI MW’IROHERO ariko bakabandanya bavugo ngo quartiers contestataires ntiwumva ko bariko bakwegera ababa bose muri ayo ma quartier ugasanga nibo bariko barahunga. Ingorane turimwo n’izuburundi si iza ma quartiers. Hindura imvugo kugira ntitubandanye turima amacakubiri. Murakoze.

      J'aime

    • ariko Deodat ndagukunze ko uzi gushikiriza ico wibaza . nivyiza! ariko gerageza utere intambwe mu kuvuga ukuri utarya umunywa hama umene igihuute ubanje kuraba icakizanye! mbe none uburundi nta mategeko bufise? erega harya uwurenze amategeko niwe nkwezi y’ amabi yose. nayo Pacifique, Vital, Alexis, Pie, … sinziko waheje abo wibaza.! sinziko uzonezerwa aruko bahonanye n abana babo hamwe nabagore babo! ahandiho nuko tutakuzi niwe woba uriko uhekura abarundi . Umurundi wese apfuye aratubabaza! Yamara inkuba irabije………., mbe none ko inkwezi y’ amabi yose turimwo ko ataco wabivuzeko? erega burya ntakabura imvo kandi ubonye umuntu bamuciriye ivomo uribazako hari igituma kimuvuyeko kandi kananira abagabo ntiyimye kandi agasozi kintabarirwa kahiye abagabo barorera. ariko rero ndanezerewe ko ufise umizero ko vyose bigiye guhera ,neza canke nabi bizovana nico witeze nayoko urya ivyo ubiriye akuya ni uko ufise aho ukabirira kandi ukagira aho ukabirira! gerageza uje mukibanza c’ uwundi!!! nabonye ko uzi gusiguramazina wewe witwa nyimba utabeshe Deodat =Deodatus= Bitangimana. none rero Imana izobiduha izoduha amahoro twidegemvye! Ntituri abaja! vive la paix pas le 3e mandat!

      J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s