Le vice président de la république conseille aux familles des victimes de porter plainte

Le vice président de la république conseille aux familles des victimes de porter plainte

Gaston 01012016 221649

Advertisements

5 réflexions sur “Le vice président de la république conseille aux familles des victimes de porter plainte

  1. harabantu bibaza ikirinyuma yibi turimwo bakabura.n’ugutera ubwoba n’inzigo abantu gusa,ivyo navyo akaba arivyo bicumuro kuko ukwizera ntikuba kugikwiye.gaston reka avuge nibwo bwenge bwiwe ntababuze kumutorera inyishu nyayo fin de fin n’ukubatera uwindege,serum,mubinogo na acid nkuko babikora abandi izo mbwa ntacubahiro ci la hague bafise n’uku bexecuta publiquement atacamira barashisha

    J'aime

  2. La proposition de gaston sindimwo consistant en un dépôt de plainte pour les victimes des atrocités du pouvoir n’est peut être pas totalement idiote mais les tribunaux burundais ne sont pas compétents seule la cour internationale l’est .

    J'aime

  3. Monsieur Sindimwo, les résidents de Rohero, Mutanga Nord, Mutanga Sud, Kibenga, Kinindo et autres du genre, ntimushobora kubarungikira izo mpumirahafi, interahamwe, API, GEMIR, SNR nk’uko mubigirira ayandi ma quartiers car vous savez très bien que ce serait jouer avec le feu… Par ailleurs se sont vos voisins et vous ne voudriez tout de même pas vous tirez dans les pieds comme on dit. Muzoguma munigagura abo wise « abantu bato bato »! THEY ARE STILL HUMAN BEINGS! Arrêtez de les écraser! Ce ne sont pas des mouches ou des moustiques! THEY DISERVE TO LIVE IN PEACE! Simbona wewe wiyita ngo uli  » leta » ICO WOBA WIBAZA KO UBARUSHA! Nakubwiye ko, ANYTIME, Imana yakugize « mukuru mukuru » canke se « Munini munini » ishobora kukuringaniza n’abo uriko uragaya ! Ni kabiri na rimwe mugakinjura rero basha! None rero, AKARIRO GAKE GAKE

    J'aime

  4. Happy New Year Bujumbura news! I would appreciate it if you let my comments get through. Thanks!

    Monsieur Sindimwo, merci pour cette entrevue novuga ko ari « AKAMUNA » ! Ngo abavyeyi bahekuwe ni baze kwa  » Mwebwe leta » n’ubutungange baheze bitwarire umurwi witwa « personnes inconnues « ! Ces mots sont d’une cruauté sans égale kandi urazi neza ko ivyo wavuze atari vyo na gato!

    Monsieur « Sindimwo » uramenya neza ko abo abanyagihugu bama bashize mu majwi! Ce sont des personnes bien connues! Ni bamwe ba Désiré Uwamahoro, ba Darius, ba Kazungu, ba Blandine n’abandi bakora nka bo. Par ailleurs, ils ont reçu le feu vert de ratisser les quartiers, procéder à des arrestations, torturer, tuer et comme si ce n’était pas assez, il faut aussi violer les femmes. Nkuru leadership RECORD IS A HORRIBLE ONE! Il est vraiment étonnant que tu oses dire que ces jeunes sont enlevés, arrêtés, torturés, et que ces femmes sont violées par une catégorie que tu appelles « personnes inconnues! » Aka ni agashinyaguro kadasanzwe! HONESTLY! IS THIS THE BEST CREATIVE WAY YOU COULD COME UP WITH TO SERVE YOUR NATION?

    Ubwo butungane nabwo que tu évoques urazi ko buri très limitée en matière d’action! Actuellement, « la justice » burundaise ne peut rendre qu’un seul verdict: CELUI QUE NKURU DICTE!

    Monsieur Sindimwo parle avec mépris et un air très hautain. Il a imité le ton de son BOSS! Ewe mugabo, « AKARIRO GAKE GAKE! »

    Ngo MAPROBU wumva ni « ugukanga » ngo u Burundi burafise ingabo zikwiye kanatsinda bufise n’izo  » BUTIZA ABANDI ! ». Mbe mission ya AMISOM ari hamwe boyihagarika « Mwebwe leta » wa mugani wawe, ntimwoba mubonye ayo inkoko yaboneye ku mugezi ko mbona ariyo nka ikamwa amahera musigaranye! Mwoyayagira nde ko mbona ayandi ma robinets yose yahavuye yugarwa!

    Monsieur Sindimwo, urashobora kuduha bilan y’iterambere attribuable au pouvoir FDD-CNDD depuis les 10 dernières années que ce parti est au pouvoir? Même si tu ne faisais pas encore parti de cette équipe auquel tu fais réference en disant « Twebwe leta »!

    Monsieur Sindimwo, les habitants de Rohero, Mutanga Nord, Mutanga Sud n’izindi nkazo, aSindimwol tu as vécu à Nyakabiga aussi à une certaine période de ta vie, Si la providence ne t’avait pas souri ngo ube witwa « Wewe leta » comme tu l’as bel et bien dit dans ton entrevue avec Richard, hari naho uba uriko uraboroga pour une raison ou une autre nk’abandi bavyeyi. None ubu mu mvugo yawe wigira IGIHANGANGE ! Ndagucire agace! Iyo mana nigeze kwumva wambaza ni iyihe? Niyo yaba ari Imana yaremye Ijuru n’isi, uramenya ko yoyo YUBIKA IBIGANZA IKONGERA IKAVYUBURURA! Aho uri ubu HARI ABANDI!

    Monsieur Sindimwo, uribuka ko wigeze kuba mu Nyakabiga à un certain moment de ta vie. Si la Providence ne t’avait pas souri ngo uhave winjira muri iyo équipe ya Nkuru, hari naho ubu nawewe nyene uba uriko uraboroga nk’abo bavyeyi bahekuwe n’izo nzego mutegeka. Nayo iyo Mana numvise wambaza, nizeye ko ari Rugiravyose yaremeye Ijuru n’isi. Aha naho nagira ndakwibutse ko iyo Mana YUBIKA IBIGANZA IKONGERA IKAVYUBURURA !

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s