Note de la rédaction : Nous informons à nos lecteurs que dans le soucis de partager l’information, notre rédaction accepte toujours de publier les documents provenant du CNARED en exclusivité malgré que ce dernier (en particulier son service de communication) n’a jamais présenté officiellement ses excuses ou a daigné démentir les accusations mensongères et diffamatoires contre notre agence et surtout à son fondateur. Notre objectif reste et restera figé sur le débat contradictoire.
Publicités
Nyakubahwa Mukuru wa CNARED ivyo vyose muvuga ni » ya nahasi yabujije umutindi kwiyahura »
Nibaza ko mudatahura agahinda kari mu mitima y’abavyeyi, barahamvye ibibondo vyabo atakindi bizira atari kuvuga ico biyumvira ku biraba igihugu, ako basigaranye umutima wama mu kirere bibaza ko katabaca mu myanya y’intoke
Ubwo ntimubona ko izo nteko muvuga , ibiganiro vyose bizoza amazi asigaye ajererenga
Nkubu abakozi ba leta batumva umugambi barakumiriwe mu buzima bwose bwaho bicaye , abandi bakangazwa atampamvu babanje kubesherwa ivyagacamutwe
Ubusuma, n’ibiturire ubu vyabaye bito cane uravye amabi akorwa muriki gihugu
None ga Nyakubahwa abo bantu bose ntimwibaza ko imitima iri mukubaturikiramwo igasaba bakameneka nk’ibikunga
Turazi ko bigoye ariko ni mushiremwo akandi kariro , amajambo ntaco akimariye abarundi benshi ashaka ibikorwa bishobora kubuza abatware b,ubu ivugo y’amanyama n’akagaye bafise
Namwe nyene Imana ibahangaze iteko ibarongore kandi ibashoboze
DUTABARE TURARUSHE !!!!!!!!!!
J'aimeJ'aime