Un bouquet plein de conseils à l’opposition burundaise (audio de KIRAMVU Domitille)

Un bouquet plein de conseils à l’opposition burundaise (audio de KIRAMVU Domitille)

KIRAMVU Domitille

Advertisements

5 réflexions sur “Un bouquet plein de conseils à l’opposition burundaise (audio de KIRAMVU Domitille)

  1. nonne ko abarundi umengo mwese muri ntirumveko mutinya kuvugisha ukuri reka avuge niwe murundi wambere avugisha ukuri ushaka amere nka jacque bigirimana avuga ko atabantu bariko baricwa iyo apfuma avuga ko hariho ubwicanyi mugabo ntavugire nkurunziza uyo ministre wa defence afashije iki, wibaza ko jacque bigirimana atabona ko akoreshwa na reta ? wewe ko hariho abahutu mama ko avanze bariko baricwa nawe ari mu nzego afashije iki atari ukuvuga nabi gusa umusi bazokuramwo gwiwe azovuga !!! baca umugani mu kirundi ngo inkoni ikubise mukeba wamirira kure uwusivya urugo uwutaraburogwa avuga niyaburogwa azobunya

    J'aime

  2. URAKOZE CANE KIRAMVU, yaba iyo mbwa yumva, warugerageje ! ntawundi muti ataruko nkurumbi apfa ! kuko nta shetani yigeze irongora i Gihugu, kumurango yigira umusenzi ; mwijoro naho atamba ari gusa hamwe na shetani, kanatsinda nawene nishetani !

    J'aime

  3. Mme Kiramvu Domitile yarasesemwe nk’abarundi benshi. None yahisemwo GUSHISHURA! Elle dit ce qu’elle pense. Il faut que Nkuru comprenne combien la population est dégoûtée de ce qu’il fait mais aussi de ÇA qu’il EST! Kiramvu yamuhumiye MPAKA igihe avuga ati: « N’izuka ry’abapfuye rizomusimbe! » Izo dayimoni Kiramvu yavuze, nizo koko! Uwo Nkuru yaranyumije igihe yavuga à haute et intelligible voix que abapfuye igihe bavuga ngo ama kambi yatewe ko ari « Imana yabishatse! » Iyo Mana ishaka ko bene Burundi isinzi baguma bicwa ni iyihe? Nkuru rero yoba ari MWENYEJI WA KUZIMU? Coba arico gituma Kiramvu yamwise I dayimoni? Umuti rero ni ukuguma ku mavi dusenga ngo Rugiravyose Imudukureko ikoresheje uburyo bwaye ibona bubereye twebwe tutoshobora gutahura!

    J'aime

  4. Ndumiwe!Ja mu biganiro.Aho biri opposition co kimwe na gouvernement du Burundi 3ieme mandat mwariyambitse ibara mukuremetwesha murwanira le seul poste=President de la Republique 2015-2020=Mwese mwarishe.Mwese muganira nkabungere barumanutwa mwibaza ngo gutwara ni amanyama yo gutara!Ve ibuzimu muje ibuntu.Umuntu ni ikiremwa c Imana.Reke kwinganya n imana SVP.Ivyo mukora mukorera abarundi bo bene gihugu ntawutabizi.Nawe Domitilla kiramvu reka sha kwikwegera imivyimba kugatwe.Bagenzi bawe bariba barasahura barabeshaaaaaaaaaa weeeee..bagenzi bawe barasotora abo bandi bakamesa ko babasumbije inguvu.None je mu biganiro muvuge ibibi na vyiza mukeneye kurendurura…Uti Ica!!!!!!!!!!Nihehe iyo ngeso ikiri ?Mpimba nticitwa i buye?kubera iki ga Domitilla urota urupfu gusa…..Le pardon niyo yo.hama twehere tuguruke mwiterambere no mumahoro…Narose Domitilla vyose vyahindutse i Burundi harangwa amahoro , habonwa iterambere.reka kuvuga ubusa , reka kwiyambika ubujorojoro

    J'aime

    • Marcele, numvise imvugo yawe, automatiquement n’a mbona uwuriwe.wewe rero, ndabonako URI yanyondwe límite kurusato rwinka rwumye mesa.sobuja mujeri, gomba uburavako.gomguburavako usubire ukuruguture ugutwi wumvirize Conseil domitila yatanze, nsanze domitila ari umufasoni wumushingantahe adatinya urukamvye. Noneho, umushingantahe nuwofa nkumugabo ntiyofa NKA mujeri.iyo mujeri rero numva ushigikiye, ntamisi isigaye, Marcel ngwagusezere.ikibabaje nulo azogusezera utaribumukore nomuminwe..kurya mujeri ikubitwa ikazinga umurizo wayo, nulo nasoboja azobameze
      None muhungu, umbabarire nkwise muhungu narikukwita mushingantahe, None umushingantahe ni izina rihabwa abantu ntirihabwa zamujeri.mvuzuko kubera amabi Ariko abera muburundi bwanyaburunga utayabona kubera ushigikiye mujeri.ikimbabaje mañana bigihugu mujeri tomase. Mumbabarirem

      J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s