Les divisions ne profitent qu’à la dictature dixit HAKIZIMANA Rose

Les divisions ne profitent qu’à la dictature dixit HAKIZIMANA Rose

hakizimana-rose-canada

Advertisements

3 réflexions sur “Les divisions ne profitent qu’à la dictature dixit HAKIZIMANA Rose

  1. Narigeze Kubica mumisi iheze, ajo bavuga ivyerekeye ADC IKIBIRI NA CNARED, nkibaza ngo nikuki año banyepolitiki biyumvira kugira ishirahamwe canke umuhari kandi ariho ayandi yatanguye? Maze kwiyumvira ico, nasanzeko abantu nkabo babari abantu bikwegerako baba bagomba gushirwa hejuru ngo abaribo batwara canje baganza abandi.mujeri kumurwanya, sukugira imirwi 100 itandukanye, supposons nkumuntu umwe agizengo agomba kurwana ari umwe, uwundi ukonyene, None barwana arumwumwe ariyumvira lo urugamba yorushobora? Habenamba. Mujeri ikwiye kurwanywa nimirwi ikoraniye hamwe. Doit politiquement ou militairement.FOREBU-RED-TABARA- deja nirya yindi ntibuka, uokoranira hamwe bakareka kwiroha umwe wese ajagutera agasanga bahereyeyo, ndabsbwijukuri ko bokwiyumvira bakaja hamwe, bagatora ukuntu umwe abayobora, bokubita mujerivumwanya mutoya inzatse.jewe uko uko ndabibona mujeri ntanguvu agisigaranye,organizas vous, mugire umuyobozi umwe abayobora hanyuma murabeko intsinzi itari Cash umugani es FRODEBU. S’ il vous plair, murakwiye kwiyungunganya mukajahamwe,inundó muzoja gutabara abarundi baraheze, igihugu kitari igihugu.jewe uko niko ndabibona, lo be faut las attendre demain, mutavyirengagije ngira igihugu kigeze ganó biteyubwoba. Mujeri atakibanza agikwiye muri ubu burundi, mujeri arakwiyekuvaho numugambwe wiwe ugafutwa ntusubire kuvurwa mi Burundi.amabi Ariko Araba muriki gihugu ngaho naribwayabone kuva mbayeho.muze tugarukire igihugu ababishoboye mumaguru masha. Murakoze.

    J'aime

  2. Ewe Ciramunda abo biyita abanyepolitike bakorera hanze y’igihugu uravye kahise kabo, ukiyumvira iyo baje bava, abanyagihugu bari mu Burundi babashigikiye ingene bangana-ingene batahuzwa bagatahura imigambi yabo, ninde yotangara bacanyemwo? Ese botegera ko gushikira ubutegetsi ari urugamba rukomeye, rushobora kumara imyaka itari mike kandi uwarurwanye canke uwakoreshejwe mu kururwana agasanga atashe iminwe misa(mu gihe atomboye ntahasige agahanga)!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s