Washington appelle le Burundi a accepter une enquête indépendante

https://i1.wp.com/monipag.com/philippe-serre/wp-content/uploads/sites/697/720px-US-WhiteHouse-Logo.svg_.pngLes Etats-Unis appellent le gouvernement du Burundi à accepter une enquête indépendante, après le rapport de l’ONU qui fait état de violations massives de droits de l’homme. Ce rapport des Nations unies évoque l’existence de charniers, et une augmentation des cas de tortures et de disparitions suspectes, dont se seraient rendues coupables les forces de l’ordre burundaises. Washington appelle, dans l’urgence, à un dialogue inclusif et sans condition, entre tous les partis.

Au moment où les ambassadeurs du Conseil de sécurité de l’ONU arrivent au Burundi, pour tenter une médiation et obtenir le déploiement d’une force de maintien de la paix, les Etats-Unis rendent publique, une nouvelle fois, leur inquiétude sur la situation dans ce pays.

Un communiqué du département d’Etat destiné à accroître la pression sur Bujumbura demande au gouvernement « d’autoriser le déploiement immédiat d’observateurs de l’Union africaine, qui vont enquêter sur les soupçons de violations graves des droits de l’homme documentées par le rapport du Haut commissariat de l’ONU, et de cesser d’entraver le travail de ces observateurs par des tracasseries bureaucratiques ».

« Toutes les personnes responsables de crimes contre le peuple burundais devront être traduites en justice, et répondre de leurs actes », ajoute le communiqué.

La confiance est rompue depuis des mois entre Washington et Bujumbura. Le département d’Etat a exprimé sa préoccupation à plusieurs reprises déjà, et le Burundi, depuis octobre dernier, n’est plus bénéficiaire des avantages de l’Agoa, l’accord commercial préférentiel entre le continent africain et les Etats-Unis.

le 20-01-2016 à 22:55 à Washington, Anne-Marie Capomaccio, http://www.rfi.fr/afrique

Advertisements

7 réflexions sur “Washington appelle le Burundi a accepter une enquête indépendante

  1. Abarundi barayamaze. » ngo agasozi karamarere kahiye akagabo birorerera..mujeri Nkurumbi nawe, ngo imbwa mujeri izobwirwa yumve ryajisho rya mujeri kutanguye gutukura.. Mbega ya shetani yiwe nyakubura imitwe, babarundi biwe biyamiriza umusi as OBI vyabagendeye cute he pensais que le non devrait Eyre non.none abanyagihugu baracari inyuma yiwe? Ahubwo rindira FOREBU ice igukosore wife kugira.umucuko bla nyamitwe gunships akifatira mugahanga lets zunzubumwe as America.uwo muntu mumbonera alomeye mumutwem nabe ariyimbira hakirikare Ubu amanyama yamuheranye. Hewe ncumva avuga, sinarinziko nukuva mundege baza luuivamwo. Naho kubrandika pancarte kwari ukubakiriza akanyamuneza ntiyabimenye.muzobarengerako mubamesure hanyuma mubabwire barwanye abaje kubakingira.? Non oeil shame on you fuck you we Conrad.

    J'aime

  2. E Munico naho ndi « igihwiji », jewe be n’abo tuvyumva kumwe(abo dusangiye « ubuhwiji ») duhagaze bwuma! Tugona tubona, mbere hari naho bishika ntitugoheke! Nico gituma dushitse kuri ino saha turi bazima; kandi no 2020 tuzoshikayo. Uzoza umpinyuza!!

    J'aime

  3. None wewe ga Murundi waruzi ngo Politique ikinwa gute? Erega politique n’umukino mugabo ifise regles yisunga. None wewe waruzi ko barya ba ambassadeurs barungikwa hirya nohino baba bagiye kunezerwa nogusayangana mumafaranga y’igihugu kandi atanzwe n’abanyagihugu bobene gihugu kandi bene ubutegetsi? Missions zabo burya kuba ari ugahagararira inyungu zigihugu n’abanyagihugu bamurungitse harimwo mbere nokugira business ubutegetsi buba bwa mutunye! Wewe rero ubu ndabonye aho uhagaze n’ukuntu uri  » Igihwiji  » ntuzosubire kugorana ngaha!

    J'aime

  4. Murundi, abanyamerika si abazungu, benshi ni abirabure. Ngirango urazi ko Obama atari umuzungu. Tugire ivyiyumviro vyubaka tureke kugereranya abapfa nkuko umengo ni ibisanzwe.

    J'aime

  5. Ni vyiza ko Abanyamerika(Abazungu) bitaho Uburundi kandi bashatse bobuteza imbere kuko ntawokubahuka kuvuga ngo ntibahambaye mu mfururuka nyinshi z’ubuzima. Ariko rero hari ikintu kigoye gutegera: mbega uwo mutima wo kudufasha barawufise muvyukuri canke baradukoresha kugirango bashikire inyungu zabo? Muri Amerika hapfa Abirabure bangahe ku mwaka bagandaguwe n’abapolisi? Twiyumviye neza, uwo mutima utuma bakunda Abarundi wovahe? Abantu batarota bubahiriza umwirabure yavukiye iwabo, asangiye imico nabo, bokunda Umurundi? Mbega ikibuga ca mbere muri Africa ca za ndege ziguruka zidafise abadereva kigomba kubakwa hehe aho hafi, aho iruhande y’Uburundi? Uwo mugambi nyene agamije iki? Umuntu agusumvya kwiyumvira akagusumvya inguvu muri vyose na cane cane mu vy’ubutunzi, iyo abonye ko ufise umunoho w’ubutegetsi aba atomboye: aragucamwo kuko aba azi ko utabona!!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s