Émission « à cœur ouvert »: Le président BAGAZA Jean Baptiste parle de sa rencontre avec les membres du CSNU

Une nouvelle émission dans laquelle le directeur de la RBI reçoit son invité sur base de discussion directe sans tabou, avec quelques confidences … et à cœur ouvert.

Émission « à cœur ouvert »: Le président BAGAZA Jean Baptiste parle de sa rencontre avec les membres du CSNU

2016-01-24_13.20.31

 

Publicités

2 réflexions sur “Émission « à cœur ouvert »: Le président BAGAZA Jean Baptiste parle de sa rencontre avec les membres du CSNU

  1. Uwo mutama ntahinduka, aratwenga adatwenze, kandi aracaciye ubwenge, kuko ntavuga vyose, aribikira muri réponses atanga. Ico nkuyemwo n’uko intervention ya Union Africaine, ariyo Maprobu, buca iseseka vuba cane, hano mu gihugu! Ariko Ciramunda, raba ingene uha ijambo abantu ata nyungu za politique bafise, abantu biyumvira kandi bakavuga ico biyumvira bifatiye kunkure baba bafise! Nkivyo vyama communiqués yama rébellions, canke abakuru b’imigambwe wakira, ubanze ubareke, uturonderere urwaruka, nibo buca baramutswa igihugu! Bagaza turazi ko atagihugu agishaka kutwara, kuko arikuriye, murundi yari yaduhaye iteka mu gihugu, mu karere no kw’isi yose. Ivyo avuga biba bivuye ku mutima nico gituma biba bikomeye! Nkubu woturonsa nka Général Niyombare kugira bumve ko akiriho kandi akomeye, twebwe turazi ko ariho, mwoba mukoze. Abantu nkaba Eugène Nindorera, Paul Ngarambe, Innocent Muhozi, Mgr Gervais Banshimiyubusa, président de la conférence des Eveques du Burundi, abakenyezi nka Estelle Kamatari, Liduine Nyamushiba, Christine Ntahe, Patiri Adrien Ntabona, Pierre Claver Mbonimpa, … abantu tuzi kandi dusonera kubera ubutwari bwabo nogudatamikwa ijambo! Murakoze, komera kumuheto!

    J'aime

  2. Naho hariho abahutubanka who mushingantahe BAGAZA( Ariko turazi ko aribamwe bampema zuzuye buzuye amacakubiri) niyi cnddfdd uremera ko kuri. Kuri who MUTAMA BAGAZA IGIHUGU Cari igihugu.nububiyaba yaragifise utugara niwe twoteretse mukibanza .ca mujeri nkurumbitukarabako kugira ivyagoroye.URUMUGABOWABAGABO,BAGAZA.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s