Le Mouvement MRP-ABARUNDI accuse RWASA Agathon d’activer une rébellion au Kivu (communiqué)

001 25012016 185032002 25012016 185045

Advertisements

4 réflexions sur “Le Mouvement MRP-ABARUNDI accuse RWASA Agathon d’activer une rébellion au Kivu (communiqué)

  1. Murundi we wasarishije, biboneka ko uri imbonerakure, ntibari bakwiye nonkugucishako, ariko ntaco uzotangara mu bandi. Hama Ndayizeye, ndabona kuzi Nzabampema kandi umukurikirana nkuko harico mupfa! Ariko umenye ko muri politique ibintu bihinduka! Mbe ninde yari ume dd kurusha Niyombare? Onesine Nduwimana? Hussein Radjabu? Mbe Rwasa uvugira ko yari umwansi numero 1 wa ba dd ubuho ageze he? Chef d’etat major w u Rwanda ntavuze izina yahatswe kwica afurika y epfo, kera yakorera NDE! Nagomba gusa nkwigishe ko naho ufise ikibazo personnel na Nzabampema na Nibizi, ivyo uvuze ntibifashe! En politique, les alliances changent bivuye kuri malhonnêtété nkakarorero muri cndd FDD, Nkurunziza yategerezwa kugira mandat imwe, bakaza bagaca bahereza Rajabu, baca baramufunga…guhera aho nta gusigura vyinshi NKURUNZIZA EGAL ENNEMI RAJABU!
    Rero, na NIBIZI et NZABAMPEMA nabo nuko, …, barafise intumbero nizo zituma bahindura uko bibaye ngombwa! Ni POLITIQUE, si idini!

    J'aime

  2. Mbega Nzabampema na nibizi bahenda nde? Nzabampema n’umukozi wa Leta ya Nkurunziza. Kuva muri 2010 yari afise mission yo kwica Rwasa, vyanse akaza arakora ubwicanyi n’ibitero avyitirira Rwasa. Bimutaye kuwamazi , aca atangaza ko akuye Rwasa Agathon mu burongozi bw’umugambwe, arashinga n’inzego ziwe. Mission yahawe na CNDD-FDD iba iramunaniye kuko bitari bigikunze ko agira ibitero ngo avyitirire Rwasa. Yarayatangaje incuro nyinshi ko atanguje ibitero vyo kurwanya Leta ya Nkurunziza, yagize ibitero bingahe? Mwarabonye Leta yirwanya? Nzabampema , umushahara wiwe wahagaritswe 2014. Rwasa amaze guhunguka. Nzabampema Alias Mwarabu, abamuzi baramubona aha i Bujumbura. Nzabampema araja mu Nyabunyegeri, nzabampema yirirwa aranyuruza abantu mu Gatumba, ugurishije agatongo acatuma abantu biwe bakakunyuruza , ukavayo utanze ama miliyoni.

    Ntihagire uwuhendwa n’iyo mbura Kimazi. Uno musi ifise ishavu ry’ukwo misiyo yo kwica Rwasa, canke kumurama inkon ishishe yamunaniye. Ahubwo ko aba DD bamubwiye bati ko misiyo ikunaniye taha ube umunyagihugu mubandi , ntawuzogukorako, natume abasa gusubira mu gisoda. Kandi ntakandi kazi ashoboye kuko afise niveau 6 ème primaire. ico azi ni gukora Plan de guerre, ivyo irabizi cane, yarakwiriye kuja muri special forces!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s