L’échec de la MAPROBU est imputable au CNARED selon MAJAMBERE George, Umurongozi w’INTORE

L’échec de la MAPROBU est imputable au CNARED selon MAJAMBERE George, Umurongozi w’INTORE

ADN-BDI

9 réflexions sur “L’échec de la MAPROBU est imputable au CNARED selon MAJAMBERE George, Umurongozi w’INTORE

  1. MAjambere ndagushimiye kuri conclusion ugize uti dutahe tuje hamwe uwo mucanwa tuwote turi hamwe nkabarundi tuvugane mu kirundi hama hagire abashingantahe batumbereze ijambo izi ngwano zihere burundu mu gihugu cacu.
    ico ntashimye naho uriko ura critiquer avant que ivyo vyo kwicarana bibaho kuko ntawera ngo de! ahubwo twovugana nkabarundi mu kanywababo ata mu etranger arimwo hama tugatorera umuti ikibazo mbere hakajaho na comité yigenga yo guhagararira ivyoba bivuye muri iyo mishikirano kugira ntihagire uwuyarengako, yayarengako naho tugategekanya ibihano bikwiye kandi bikamenyeshwa abarundi bose.

    J’aime

  2. burya ivyo muvuga muba mwavyiyumviriye?
    Mwibaze nkubu hariko haravurwa iki robellion irongowe n uwahora atwara documentation kandi kikaba kirimwo aba Hutun aba abatutsi, mwumva igihe Godefroid yokumva ivyo muriko muravuga yoheza akitwara gute?nimba aruko birananiranye kweri

    J’aime

  3. Ubutegetsi butangwa n’abanyagihugu none CNDD-FDD hari ubwo bayihaye ko yabwivye! raba ibiharuro CENI yashikirije le7/7/2015. CNDD-FDD yaronse 1.721.629 sur 3.843.024 bari biyandikishije gutora, soit 44.7988%. None aho yaratsinze? Iyo bareka abandi bakitoza mubona yari kuronka angahe?

    J’aime

    • urazi abantu batagiye gutora kubera ama grenades mwateye i bujumbura n ‘iterabwoba bwanyu
      uramenya ko hama abantu biyumva mwo système mugabo batagiye gutora kubera imvo nyinshi
      urazi amajwi yabaye impfa gusa kubera bulletin unique

      J’aime

  4. Bigirimana ngo ubutegetsi butangwa nabanyagihugu!!jewe ngira ntari muburundi!abarundi turazi ingene tumeze.noneho turazi ko benshi atashule bagiyeko nivyiyumviro sikirenga nubu bukene buhari abavyeyi bacu bari ruguru nabo tuvukana ninabo benshi ntibazi KO ari kubera intwarombi.mbe mugihe cokwiyamamaza niryari bigera borohereza Léonce canke Sinduhije ngo nabo bagende guhumura abanyagihugu babereke icishe igihugu.imbonerakure ntizica ziruka kubagiye kwumviriza.none wewe uca wemeza ko ibizova murayo matora ari ivyukuri?

    J’aime

  5. Deux maîtres convoitent l’âme de l’Homme : Dieu et Mamon (richesse) (Luc 16 : 13). Seuls les actes permettent de connaitre qui une personne sert.
    Au moment où on entend des arguments de toute sorte pour expliquer la cause des difficultés que le Burundi traverse depuis plusieurs mois, à mon avis les tueries, les tortures,… toute sorte d’insultes, de mensonges et de manipulations, la rhétorique de haine que l’on entend et lit tous les jours ne peuvent pas être dictés par l’amour de Dieu. Ils visent une fin : le contrôle de la richesse. Dans notre pays où le secteur privé est très peu développé, celui qui contrôle l’appareil étatique contrôle la richesse.
    Arrêtez de mentir, c’est l’obsession pour l’argent qui vous pousse à commettre des actes abominables.

    J’aime

  6. Ndagushigikiye cane George sur certains points; ariko ibiganiro Peter ariko araniga abana, biragoye I Bdi kuko aca akuniga; à moins que uvuze ko twoganira turiko turafasha abari kuri terrain kurasana n’interahamwe za Peter gushika zomotse; kuko na jewe je ne m’attendais pas à beaucoup de choses sur la réunion de l’union africaine, huzuyemwo imbundega gusa; ariko uzi un imbécile wo muri Gambie uzi ivyo akorera abanyagihugu biwe, uwo womwitegako iki? Je suis pour yukwigwanira, gushika twomoye irya misega iri I Bdi, hama tukayaga nabantu bera de kandi ni benshi caane turabazi de tous les côtés; ubu Union africaine yaturungitse kwimenya; urumva nimukenyere zigume; nta ngwano yoroshe ugwana uriko uratonda kunywa des amstels le soir canke ubaza gusa ngo nihehe izo nkoho ziriko ziravugira kandi ari inyuma yurugo rwawe harimwo umugore n’abanana; abatanga amahera muyatange; abafata inkoho, allez-y jusqu’à ce que turanduye zirya mbuto mbi zimaze imyaka bariko barabiba murwaruka rwacu; hama tuvugane de vrais affaires avec de vrais hommes; pas les buyoyistes murazi ivyo badushikanyeko be na ba Kadege badutuka gusa turiko turababwira ko bariko bazana des génocidaires bakadutuka ngo nta politique tuze; nibo batanguye gusambura les vrais partis dont l’UPRONA, pas avec ba Nyangoma ou consorts, il y a des gens bitangiye uburundi dont Léonce, Bamvuga, et d’autres qui sont capables de parler de vrais affaires, pas avec les génocidaires ivyo mubimenye mubimenyere

    J’aime

  7. Mbe Intore n’ umugambwe?
    Kuri intervention yiwe, Ntimusuzugurane, USA, EU, Belgique, EAC, UA s’ ibijuju namba. Ahubwo bagombye kubakebura, mureke kuvugira aho mwicaye. Intore yakoze iki?

    J’aime

  8. Mbega Majambere we ico wita Système catumye Nkurunziza ashikira ubutegetsi au juste ni igiki? Ko yitorewe n’abanyagihugu kandi kwisi yose twemera ko ubutegetsi buva kubanyagihugu, kandi nivyo vyiza. Nayo ivyo mu Burundi abantu bamwe bibaza ngo amatora afata intumbero y’amoko n’ukwihenda kuko harashobora kwitoza abahutu batatu hagatorwa umwe none hoba hatowe uwurusha abandi ubuhutu? Reka twubahirize ijambo ry’abanyanyagihugu , na wewe Majambere uzoshikirwa niyo wategura imigambi myiza, yubaka igihugu , ntacotuma umuhutu atogutora kiretse ugumye muri ivyo vyiyumviro vyawe bidaha agaciro bose.

    J’aime

Laisser un commentaire