Burundi: un groupe d’opposition appelle à la « résistance armée »

RED TABARAUn groupe armé burundais opposé au président Pierre Nkurunziza a appelé lundi tous les Burundais, de l’intérieur et de la diaspora, à se joindre à « la résistance armée » pour protéger la population « contre la barbarie meurtrière du pouvoir tyrannique en place à Bujumbura« , au lendemain du report de l’envoi d’une force de maintien de la paix au Burundi, en proie à une grave crise politique.

Le mouvement de la Résistance pour un Etat de droit au Burundi (RED-Tabara), l’un des deux groupes armés récemment créés par des opposants, s’est déclaré dans un communiqué « profondément déçu » par le refus de l’Union africaine (UA) de déployer une Mission africaine de prévention et de protection au Burundi (Maprobu, qui devait compter 5000 hommes).

Réunis en sommet ce week-end à Addis-Abeba, les chefs d’Etat et de gouvernement africains ont choisi de privilégier la discussion avec Bujumbura et de surseoir à l’envoi de cette « mission de stabilisation« , dont le principe avait pourtant été acté mi-décembre par l’UA.

« Pour l’UA, le déploiement de cette force de protection doit requérir préalablement l’aval du despote Pierre Nkurunziza. Une autorisation qu’il n’accordera jamais« , dénonce le porte-parole de RED-Tabara, David Ihotorihirwa, dans ce communiqué obtenu par l’agence Belga.

« L’échec de ce sommet signifie que la résistance armée pour un Etat de droit au Burundi devient légitime et une obligation« , ajoute le texte.

Le mouvement RED-Tabara lance dès lors un « appel solennel et pressant à tous les Burundais en général, à la diaspora en particulier et aux vrais amis du Burundi » afin qu' »ils contribuent à cette lutte armée que vient de nous imposer Pierre Nkurunziza« .

Belga, 01.02.2016 à 14h52, https://www.rtbf.be/info
Advertisements

8 réflexions sur “Burundi: un groupe d’opposition appelle à la « résistance armée »

  1. Erega abo batware ba Afrika sibomana!!! Na nkurunziza ava amaraso! Kandi ni bake batanguza ingwano bakayitsinda.Hari igihe nawene yomuhitana , ikibabaje gusa n’uko abarundi bazohekurwa ari benshi kandi vyari vyoroshe atanze imihoho kuko arazi neza ko yihagiye ubutegetsi ku nguvu; ivyo navyo bikaba vyarataye igihe! nta muntu azi icarico démocratie azobimwemerera !!!!!!!!!!!!!!!!

    J'aime

  2. ivyo gufyina ni bihave , uwufise ibuye naritore, uwufise icumu aritore, kuko nkurumbi araronse ubureganzira bwo kugira rya honyabwoko atacamira, kwigwanira rero ni ngombwa !

    J'aime

  3. Ngivyo nyene biragenda byibonekeza abo barwanya intwaro y’abanyagihugu bari bafise isiri ko abo basoda mva makungu bazaza baje kubafasha nibareke kubesha rero vyatahuwe Nkurunziza ntazemera izo nteko na mba! Donc ntizizoza niba bafite indi miyabaga yo gupfa nibohereze!

    J'aime

  4. Erega abanyagihugu bigwanira iyo habuze gitabara;ubu rero abotabaye ko banse batanze uburenganzira bw’ukwigwanira. Twaese turazi ingwano ntamwana arimwo ibigwanisho navyo ntawubibura agomba kwikingira

    J'aime

  5. None ga uwo murwi witwaje ibirwanisho wari witeze imfashanyo y’abasoda mvamakungu? Ohooo!!! Nibazeruke rero! Nayo ivy’intambara bakokeza nibamenye ko abarundi turi maso. Ku mu prezida twitoreye ni baveko. Erega ntibarwanya Peter, bamenye ko barwanya abanyagihugu bamwitoreye. Nabo ntibazovyemera. Nibasubize inkota mu rwubati ningoga, abo twabuze bararenze.

    J'aime

  6. Nibareke guhenda urwaruka intambara ntamahoro izana atari ukuduhonereza abacu nabo biraramiye iburayi nahandi.ntawundi muti uriho atari ukuganira ,hama twebwe abanyagihugu baduhe amahoro.ubu sinkakera,uburundi bugizwe na generacion yabarwanyi gusa ninzobere muvyo kurwana.Bibaza ko rwitaha.Nibarondere iyindi nzira nayo iyo ntishika aho tugeze ubu.

    J'aime

  7. Bandanye mufyirigita ariko mugume mwibuka ko Abarundi badasinziye nkuko muvyibaza! Ivyiyumviro hamwe n’imigambi yanyu barashobora kuba barabihinyuye. Muzoza mumpinyuza!!!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s