Les deux rebellions burundaises se rentrent dedans par communiqués interposés

Communiqué red tabara 06022016Forebu 06022016 171832

Publicités

7 réflexions sur “Les deux rebellions burundaises se rentrent dedans par communiqués interposés

  1. Naravuze kandi ndabisubiremwo.Tant que une rébellion n’est pas capable de s’approprier d’une portion de territoire, elle attire des problèmes et soucis à la population civile.
    Que ce soit RED-TABARA, que ce soit FOREBU, on mesurera votre détermination quand vous aurez pris au moins une comme qui vous servira de base arrière et de bouclier pour ces populations meurtries et fatiguées de courir et d’être tués comme des mouches. Changez de stratégies militaires, sinon on vous taxera d’incapables. A bon entendeur, salut.

    J'aime

  2. jewe ngira ndababaze, mbega muzokiza bande ko baheze? ariko ngo imanga ntimarira IMANA ico bikoze nobasaba kutajaniranya nkabandi kuko twese turabarundi kora nka rwagasore yemeye kwitanga arokora bose, ntamunyamahanga azokizuburundi nabarundi ubwabo.
    mubikorane impuhwe nikigorwe, urukundo nagahinda kubarya bavyeyi basigaye bahetse amaboko.
    ntimwice ahubwo mukize IMANA ibajimbere , ari,ko ngo ntawama hahandi nibahinduka murabababarira kuko turavukana .
    ndanyotewe amahoro mugihugu cacu ndababazwa nabantu bashize ikinya mubuzima bagatimba, turabantu ntituri ibikoko.
    umuntu wambere yangiriye neza numuhutu kandi uwambere yambabaje numututsi kandi ndumututsi bisigura ko ubwoko atari igihano canke umuvumo, sinicaha.
    ningabire nahawe ntabisavye kandi ntagishijwe INAMA ndayakira kandi ndayikunda kuki dupfa ubusa?
    nimutabare abo barundi

    J'aime

  3. Yemwe ba FOREBU murateye isoni nimba arivyo! Ehe nomuri Congo, mwafatanye na Mai Mai kugira mutere imirwi y abarundi iriyo! Nukuraba neza..,je nahora ndabavugira nibaza ko ari gukura Nkuru, none munteye amakenga! Ubwo Niyombare ntiyoba ari muri MUCEZO WANDANI guhera kuri irya coup d’etat yibigenegene, yarigabije kubuza abanyaguhugu kwikorera akazi! Ubu naho ngo mwishe aba polisi babiri? None mwumva muzoshika ryari? Nkurumbi we numva akiriho, nimba arivyo murimwo RED, FOREBU,…genda muratumaramaje!

    J'aime

  4. Nkurunziza azoheza iyi myaka itanu mukiriko muridoga! Mukumushimira Abarundi bazoca bamuha mandat idahera. Ntakundi ni mwihangane, mwanse iyi mpanuro mubandanye uwo mugambi wo kwica IMBONERAKURE ariko mumenye neza ko mutazoziheza kuko abavuka bose ubu aha mu BURUNDI bavukana iteka ryo kwitwa « IMBONERAKURE ».

    J'aime

    • Mbega ocho bipfamutima vyirirwa birica abanyagihugu vyari bifise meme cause de capturar ou d’elimines mujeri ikatuvako, nibereke kudukinira des squech ntazodukeneye dukeneye ikurwaho rya mujeri nkurumbi.izombwebwe ngo inbonarahafi bazo zigize ibitangaza bazo zikurikire mujeri mukibira.

      J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s