Le FOCODE demande la lumière sur la disparition de Christa Bénigne IRAKOZE et de Eddy Claude NDABANEZE

12697414_1550140601971047_7079564029843177830_o12697023_1550140518637722_4922205468829127435_o12698718_1550140481971059_7205231646630759249_o12657811_1550140568637717_6332118588866669731_o

Advertisements

6 réflexions sur “Le FOCODE demande la lumière sur la disparition de Christa Bénigne IRAKOZE et de Eddy Claude NDABANEZE

  1. Yes, Nukuri!
    You denied us education thinking that we shall not go to school, you cheated yourself. How did I know what to comment about in a message written in French. You said the truth, Tutsis exist and they will be there. The same is true about the existence of Hutus. L’existence de chacune de ces deux tribus est une vérité absolue! So what?

    J'aime

  2. @Burundi : Tu tiens un language propre aux imbonerakure. Tu t’es trompé en faisant tes sarcasmes en kirundi car, la déclaration du FOCODE est en Français. Pardon! j’oubliais qu’au lieu d’étudier, vous étiez en brousse pour tuer toute personne d’ethnie tutsi. Peine perdue, arrêtez : les Tutsi existent et existeront toujours.

    J'aime

  3. Ahaa shahu Burundi ruriye abandi rutakwibagiye kuko burya uwuri ngaha kuri iyisi y’amarira abona vyinshi! Wewe nawe nturahebura kandi ngo  » Tout se paye ici bas « . Nawe ntuje ngaho ngurarike akaguru mwikoma ngowaratsinze rurayi kuko ngo  » Buraca bugacana ayandi ». Kandi ngaha kwisi simwiparadizo! Hama kandi umwicanyi ntaba incuti, ntagira nkunzi na Rugero, ntaba Vyizigiro, ntagira Shenge canke Rugero!

    J'aime

  4. Uragafapa udahanuye, wewe uri imbonerakure , ukaba uzi aho ugejeje Abarundi, ahubwo ni wewe uzofpa usara, uratinya no kuvuga izinaryawe ry’ukuri, mwaravumwe n’Imana’

    J'aime

    • Mbega she kuvuga canoe kwivuga izina, ugira harico bihindura mumabi yirirwa arakorwa? Uwo nawe niyaba yariko arahanura, nibaza yuko uwo muntu agifise umutima. Ariko wombwira neza ko yoba ari imbonerakure yoba yariko irahanura? Bamureka gutururimi ntsmbonerakuzuru ryabo yokwihenda NGO arahanuye niyaba ariyo ngira izoba yaparanganye itazi ivyiriko iravuga. Ariko rero barundi, haragezeko twikebuka tukavira hasi rimwe tukikurako mujeri nkurumbi.ibara riraguye tubona. Muri 1998 ko twihagazeko abahutu baribatumaze, ntimubonako twari twabaturuje? None irya courage yakirya gihe, yayokeye hehe? Ntimubona ko turiko turahera nkabana binyoni? Mugira izombwebwe za mujeri tuviriye has I rimwe ko zotunanira? Nimwicare ngaho mwiyugaranire mumazuv yanyu bazebarabasangayo babahonerezayo. Ejo muxokanguka mujeri yabamaze.

      J'aime

  5. Emwe, erega noneho mwasaze!
    Pacifique aho yahekuriye Uburundi ntararuhuka? Uwogira enquêtes wese ahere kuri Pacifique Nininahazwe kuko ko ageze ku rugero rwo kwihekura nk’uko yabivuze kugira yegeke iceyi kuri reta, umuvumo ntazowiyugurura. Mu kwezi kwa gatatu 2015 yajanye umugore wiwe n’abana I Bulaya, agarutse ahamagarira abana b’abandi mw’ibarabara, abatapfuye bazorinda bapfa basara. Ariko abana biwe bari mu mashure meza meza mu mahanga. None ubu naho atandukiriye kumara abo bari kumwe yibereye I Buraya. Ikizi ni abari gusigara ari impfuvyi abandi nabo bakaba abapfakazi. None ga yemwe, habuze iki ngo Abarundi bikunkumure iyo dayimoni iri kubamarira ababo! Va I buzimu muje I buntu ahandi hoho muzogera kwikangura Pacifique yabanariye abanyu.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s