Le RED-TABARA se dote d’un chef d’état major (communiqué de presse)

a

Publicités

5 réflexions sur “Le RED-TABARA se dote d’un chef d’état major (communiqué de presse)

  1. Turamaze kubona ivyo bashoboye, gutera ama grenades mu bu barets kunzira karengane! None ntibazi aho amakambi aherereye kuki batera amagrenade kunzirakarengane? Ivyabaye mu Kinama nibiheruka kuba mu Buyenzi n’ukuri birateye isoni. None muzofata igihugu mudashigikiwe n’abanyagihugu? Mbe abanyagihugu bazobashigikira gute mubateramwo ama grenades mudatoranya?

    J'aime

  2. Ni mushike turabiteze, kandi tuzobakirana igishika! Ese mwoja ahabona kuko murakomeye cane kandi intsinzi munyotewe muza muyifise mu minwe, habuze akantu gato cane.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s