Consignes de sécurité pour les manifestations du CNDD-FDD (communiqué du UN-DSS)

UN sec 13022016

Advertisements

2 réflexions sur “Consignes de sécurité pour les manifestations du CNDD-FDD (communiqué du UN-DSS)

  1. Et ces agents des nations unies qu’est ce qu’ils font au Burundi?quand ils voient que la situation sécuritaire est dure,ils ont tendance de fuir ou de se cacher pour laisser les nationaux nourrir mais ils continuent de suivre tout dans les trous ou ils se cachent,vaut mieux qu’ils partent chez eux car les nations unies sont inutiles.

    J'aime

  2. CNDD-FDD yarapfuye urupfu rubi!! Aho ga bashaka gushika kuki? Canke bashaka gusuka nde? Abarundi canke amakungu?

    Emwe muramenya ko uwutazoyijamwo azoca acika umwansi kuri Peter.

    Mbega yemwe incambwenge zo muri uyo mugambwe wihaye ubutegetsi zaroye hehe? Canke hari izagigeze. Oya namba kuri jewe sinin ibintu ntibiba vyarayangaye nkuku biri.

    Mbere munashka, ziba zaranyegurutse kuva kera zikadusigurira ingene iyo mandat yagatatu yari iciye mu mategeko.
    Abo twumvise n’inkandagirabitabo nka président du Sénat, nyabenda…
    None ziru prêts yo gukurikira nk’intama ataco zivuga? Iyi ntwaro yinyibano ntikarame mu burundi. Igihe kirageze ko yitembagaza yo nyene.

    Mbega mwomenyera ngo nkurumbi acinyegeza comme un schizophrène? Muralumbwirira uti iyo nintango yo kwiruka.

    Nb: Abazoja muri izo manifestations mumenye neza ko mugomba kujayo mwasenze kuko inkuru dufise hazoba hariho imyuka mibi cane, abapfumu biwe bose bari tayari kuza kubasukamwo umwuka bita »domination satanique »! Ayo ni amakuru yo kwizera tubahaye. Ntimuze murinde kwibonerako kuko nkurumbi ageze kure cane eka ndetse ari muyindi si.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s