Des supposés « terroristes » se rendent et dénoncent

Publicités

12 réflexions sur “Des supposés « terroristes » se rendent et dénoncent

  1. After he’s done playing this comedy the DD will just kill him and take back whatever they had paid him. This kid isn’t likely to last long. He should try to think of how many people the DDs have already killed with the same trite “ringilima-y’ama-konte” explanation. They will kill him, and then falsely accuse innocent people around him of having done it, and kill them too. You could say he’s now ‘radioactive’!

    J'aime

  2. Je mbona ari akamaramaza. Mbega aba DD babaye gute? Uwo muhungu bamuhaye utwo ararira hanyuma ngo n’abishikanye. Ewe ba DD ahantu mwiga ubujuju murahisangije

    J'aime

  3. Des supposés rebelles mon oeil, ce sont des sindumuja de A à Z, vous avez plûtot honte de l’admettre vu que vous pensiez prendre le pouvoir en utilisant ces jeunes.

    J'aime

  4. Relax, sans peur ni inquietude, ce guy ment sans scrupule et se croit malin. Que les banyamusaga babatera ivyatsi. Ils sont sacrifies par le CNDD et pensent pas a leur future.
    honte a eux.

    J'aime

    • Ça a l’air du déjà vu! En tout cas ça me rappelle Guillaume Harushimana exhibant son passeport à la RTNB et plus tard manifestant avec cercueil devant la RPA. Quelle honte!

      J'aime

  5. Les terroristes au burundi sont gates a voir comment ce type reagit aux journalistes. A quand ces gens du pouvoir se rendront a l’evidence que leurs montages sont bidons. On est au 21ieme siecle,arrete de vous ridiculiser.

    J'aime

  6. Amase ntagihoma urutaro mutama! Rya utwo baguhaye hama ugende wamaze guhinyuka! Iyo reta ukorera nyene ntiyigeze ihengeshanya kubesha abanyamahanga na benegihugu nyene! Ngaha nagombe nibutse ko ataterambere rishoboka mugihe reta yama yigisha, ikongera igafata ingingo zifatiye kubinyoma! Akabo n’akabibi naho ubu ubutegetsi bw’i Bujumbura unomunsi buriko bumaramarira KU Rwanda unomunsi ngonirwo ngorane ku Burundi n’abarundi! Mvuze nti puheee mwanguha mwaba DD! Urwanda sirworwatumye abarundi tutagishobora gufungura gatatu kumunsi nkabandi bantu bokwisi, surwanda rwatumye nkurumbi yitoza ubugira gatatu kandi abanje guhonyanga amategeko, SI Urwanda, rwatumye igiturire kiba ndanse mugihugu, SI Urwanda rwatumye abantu bo mu Kayanza barara rubunda baje kwishuza uduhera twabo i Bujumbura kubera imivyaro y’amavoka, si Urrwanda rwamaze inganda i Bugendana, Ruhororo, Teza, Buta. Si Urwanda rwamaze inganda zaba FNL i Muyinga, aba MSD mugihugu coose, SI Urwanda rwanize ababikira i Ngozi, si Urwanda rwanize ababikira bangana naba Nyokuru bacu ndetse banadufasha muvy’umutima n’iterambere, si Urwanda rida ngaha rukagurisha abana rubajana mubindi bihugu, si Urwanda rwirirwa rurakubagura abana bimiyabaga canke abapfakazi mukubagirira ivyanfura mbi, si Urwanda rwanigaguye abantu rukababohera mumifuko hama rukabajugunyira muri Rusizi, si Urwanda rwagurishije falconi rukongera rukica nuwahoze ari umuhinga mubijanye nivyindege, Urwanda sirwo rwishe Manirumva! Reka tugeze ngaha kuko liste nindende! Aba ba DD politique scientifique yahindutse politique mensonge! Ikitavuzwe coco ni i perereza! Aba bantu babesha uko bahema! Ntaciza gishobora kubavako nakare ngo  » Umuntu atanga icafise ». Aba bantu batuziyeko umuvumo! Ntabwo ari abahutu canke abatutsi canke ibindi bitwaza bitagira mvura, ihibambewe n’abarundi kandi bavuga ikirundi. Ahubwo twishwe n’intwaro mbi nkuko umuganwa atari umugani yasize arivumereye!

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s