Les armes saisies au Burundi proviennent du Rwanda

https://i1.wp.com/www.isanganiro.org/IMG/arton10834.jpgLe ministre de la sécurité publique a encore une fois accusé le Rwanda d’ entrainer et d’ armer les rebelles qui attaquent le Burundais. Alain Guillaume Bunyoni indique que 90% des armes saisies depuis le début de cette crise proviennent du Rwanda.

Devant l’ Assemblée Nationale, le ministre Alain Guillaume Bunyoni a affirmé détenir au moins 6 preuves. Parmi elles, il évoque l’ attaque de Kabarore à Kayanza où l’ armée a saisi plus de 200 armes, la saisie de 69 fusils à Giteranyi en province Muyinga, celle de Busoni à Kirundo composée 30 fusils et 58 grenades, celle de Rukambasi à Makamba avec 30 fusils et les armes dans un véhicule conduit par un employé du HCR. Selon Alain Guillaume Bunyoni, les numéros de série montrent que toutes ces armes proviennent du Rwanda.

Le ministre de la sécurité publique cite aussi les accusations du Congrès américain portées à l’ encontre du Rwanda mais aussi les révélations de l’envoyé spécial des États-Unis dans la Région des Grands Lacs.

Le ministre de la sécurité a par ailleurs indiqué que, dans différentes opérations, les forces de l’ ordre et de sécurité ont saisi en 6 mois 22 fusils d’ équipe, 643 armes légères, 22 pistolets, 851 grenades et plusieurs bombes. Le ministre Bunyoni tranquillise que la situation est maîtrisée mais qu’ il faut rester vigilant.

Le ministre de la défense, convoqué à l’ Assemblée Nationale avec le ministre de la sécurité, a indiqué de son coté que des mesures ont déjà été prises pour contrecarrer au groupes rebelles qu’ il appelle terroristes. Il évoque entre autres la présence permanente des forces de l’ ordre tout près de la population, sécuriser les lieux publics, le contrôle de la migration, la mise en place des comités mixtes de sécurité en mairie de Bujumbura et la protection des frontières.

Isanganiro , jeudi 18 février 2016  à 15 : 22 : 45

Advertisements

5 réflexions sur “Les armes saisies au Burundi proviennent du Rwanda

  1. Jewe nobahanurura komwotekereza Abatutsi mukemera aho abenegihugu bashize sinon nivyo mwari mufise muzobihomba.mbega mwosigura ukuntu abantu 14% baronka 50% meme chose que 84%?Hanyuma bakagomba kwira ibiro biteze?Amase yakera ntagihoma urutaro,birya uwoyavuze ivyimana kwizohana barya yadondayuye mbega abishe barya bahambwe harya hitiriwe NDADAYE bazoja mwijuru?Ntasoni mugira pe abavuga ama fousse Comune Mbega 1988 abomuri Ntega na Marangara bahambwe mukaburi?Mbega 1994 Mukamenge ibiziga vyari vyandagaye mwikaburimbi vyahambwe mukaburi akahe komwegeranije nkuwegeranya agahuzo kavyize.Ububeshi mufise naho nakaboneye ubwoko burimwo ababesha iciza nuko atari mwese harimwo invugakuri nabagabo pe.Icomwomenya tubane mureke ubwobubi kuko turikumwe n’IMANA kuko iyitabayo mwari mwadukenyereye ariko iraturwanira.UHORAHO AZIGAME UBURUNDI N’ABARUNDI NABANYAMAHANGA BIPFURIZA INEZA IGIHUGU sauf ba Kagome,Charles Michel nase bakaba arimbunuza babuze ico batumarira bakaduteramwo abacabwoko HUTU et TUTSI nkuko iwabo ari WALLO na FRAMA biragahera.

    J'aime

    • wewe uvuze uko ndabona ko umugera wamacakubiri uwufise. None abo banyakamenge eka nabandi udondaguye batahambwe mukaburi nico citwazo ko abatutsi bahonwa! Hama hari ikindi mukunda kuvuga cerekeye ama chiffre : abatutsi 14% abahutu 85% . Aho ntakibazo. ntitwirirwe duhogora. Uburundi ni nkitongo ryumuryango, dusangira utawuzimvye uwundi. ni ukugabura hagati nahagati bagenzi, ninkakurya ugaburira abana wavyaye . hama uwarondotse nawe akazogaburira abiwe . en tout cas muzokwama mwabahutumwe mumarana kuko muri isegenya, ivyiburundi ntibizobakwira, muzoguma mumarana mwebwe nyene, ndonc ,umututsi siwe ngorane, ni uko ivyokuvyra kurugero mutabitahura, hama mugashaka ko muzokira ngo mubaye aba genocidaire. Ubwoko bwabatutsi nubwoko bwashizweho Ni Imana, naho mwogira gute ntimuzobumara, muriko mwiyanduza gusa

      J'aime

  2. Museveni ngo agakoma kose nibagashire muri deep freezar…hama imihimbiri yandika amazira ntoki kubutegetsibw’ubururundi…mwibagarira ko LA majority rule …nimutenyenye nkurunziza abatware Mandi muse mumwongere niyindi yagatatu

    J'aime

  3. Mwombwira u Rwanda rwaratanguye gukora ibirwanisho ryari? Are you losing your sanity?
    Mbe nk’ubu abo bategetsi bacuza bene Burundi bufuni na buhoro bogwa mu minwe y’abo biciye vyogenda gute? Ibi birakunze gushika cane! Gaddafi, Saddam, Pinochet… Hari na rimwe Nkuru n’ibisongerezi vyiwe bakubita agatima mpembero bakibaza ko ibi vyoshika? Bizeye INTERAHAMWE, Désiré Mwansiwamahoro, Darius et les autres qui aiment tellement les scenes macabres comme eux! Mwa ba types mwe, umunsi mwitavye (uwo muzoba mwitavye muramuzi), azobakiriza yompi kandi mumenye ko, comme dit la bible « N’urunyo rwanyu ntiruzopfa » pour que vous enduriez les tourments que vous avez fait subir aux autres! The bible is clear on that and we should always abide by God’s word! Ngivyo ibibarindiriye! Ikindi naco « Tout se paie ici bas! » dit-on, hari n’aho movyishurira ngaha turi, isi yose irorera! Muragaba rero! Ntimuzogirengo ntitwababwiye! « Mwigize udusozi turi amarere, muzoheza mushe abagabo barorera! »

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s