Comment reconnaitre un militant politique à partir de son apparence (humour)

Cb268ZPUEAA9efHBiroroshe kumenya umugabwe umuntu arimwo ukurikije ibi bintu 10.

1:Ukazohurira murubanza n’umusore canke Inkumi yambaye ikigoti kirekire amaboko ataboneka muri make kimuruta. Tayari uwo azoba ari umunwanyi wa FRODEBU.

2:Ukazokwumva umusore canke inkumi ikunda kwihaya ko yambara impuzu zimeshe kandi kwakunda kumesa. Ntuze wirigwe urabaza vyinshi uwo azoba ari umunwanyi wa CNDD FDD.

3:Ukazohura n’umusore ubwanwa atereka kandi atanabwitaho nagato. Tayari ntuze wirigwe uramubaza uwo n’umunwanyi wa MSD.

4:Ukazohura n’inkumi canke umusore yitorera imisore canke inkumi abandi bagaye, kandi yamarakumutora agaca yibera mubuzima bwiza. Ntuze wirigwe urabaza uwo azoba ari umunwanyi wa UPRONA nyakuri.

5:Ukazohura n’umusore canke inkumi ashobora gutambikiza kunkumi zibiri zose canke agakunda abasore babiri icarimwe akabishobora kubi controla atangorane hamwe atawidoga. Tayari uwo n’umunwanyi wa FNL ya Rwasa.

6:Ukazobona umusore canke inkumi akunda gushwana muri Public anavugira hejuru nkuwuri amplifier. Ntiwirigwe urabaza vyinshi ,uwo n’umunwanyi w’IMBONES KARIZMA ya Audifax.

7:Ukazohurira umusore agenda murubanza yiyambariye vyabikoti vya kera kandi ipantalo idasa n’ikoti. Ndakwinginze ntumubaze nakimwe uwo n’umunwanyi wa UPRONA ya Nditije.

8:Ukazohura n’umusore ahayagiza abigeme bo muri zone ya Buyenzi. Ntiwirigwe urabaza uwo n’umunwanyi wa UPD Zigamibanga.

9:Ukazohura n’umusore yiyemera kwariwe afise abanwanyi benshi kuri Facebook mu Burundi kandi atagira namba. Tayari uwo n’umunwanyi wa FNL nyakuri.

10:Ukazohura n’umuhungu afise imigambi myishi ariko yose igaherera kuri Facebook na Twitter. Tayari uwo azoba ari Umunwanyi wa CNARED.

Publicités

3 réflexions sur “Comment reconnaitre un militant politique à partir de son apparence (humour)

  1. Yemwe kuva Abo oui ntwaro yamujeri ishikiye bubutegetsi muri 2005, ndababwijukuri ko uburundi bwacu bwaciye bwinjiranwa numwansi shetani. Ariko rero, dushimire IMANA yo nyakudutunga yamye Nkunda abayo, yabaye irareka mujeri ngwabe arigira ivyo yishakiye, Ariko ntimwibaze kuko garya agitwara. Harya ni igishusho ca mujeri kuriharya kuriyo gitera igere, mwebwe gusa mugombe mumureke usinant yatoranije Arion kandi igihugu cacu kigiye jugera amahoro, imbwebwe complète mwishamba, ahantu nabo batunganirwe. Nimugombe muvyisomere murale namwe ukuntu IMANA ikora muri. ISAMUELI 16:1

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s