Une année après son évasion, l’Honorable RADJABU Hussein revient sur la crise au sein du CNDD-FDD

Publicités

Une réflexion sur “Une année après son évasion, l’Honorable RADJABU Hussein revient sur la crise au sein du CNDD-FDD

  1. Ngiyo Tanzaniya igarutse kwumvikanisha abanyepolitike baguma bakururira Uburundi umucanwa aho gufashanya n’abanyagihugu kwiyubaka no kwubaka Igihugu cabibarutse. Twizigire ko amahoro agiye kugaruka mu Burundi, hanyuma abahunze batahuke, ibintu bisubire mu buryo. Kandi abiyumvira bose gutwara Igihugu hamwe n’abatavugarumwe nabo, bibuke ko abarundi atari amabuye ahubwo ari abantu bafise ubwenge, biyumvira kandi bafise uburenganzira bwo gushima canke kugaya ababatwara, si mpaka ngo ubice canke ngo ubangaze ngo nuko bakubwiye ko batagukunda canke batagushaka, ivyo sivyo. Ayo Micombero yakoreye abahutu i 72 turayazi kandi n’ibiriko biraba uno munsi muri Bujumbura envers les tutsi turabibona kandi si vyiza namba. Uburundi ni ubwa twese, dusaba ko ubwicanyi n’agacinyizo vyotuvirako kuko nivyo bituma Uburundi n’abarundi tudatera imbere abandi bageze kure muri Afrika. Nosaba rero ko hoshingwa akagwi k’abanyagihugu kadafise aho gahengamiye koja mu biganiro i Tanzaniya kwiyamiriza intwaro n’imigambwe bifise intumbero yo kwikumirako vyose biciye mu bwicanyi no kwangaza abantu k’ubusa.

    J'aime

Laisser un commentaire

Entrez vos coordonnées ci-dessous ou cliquez sur une icône pour vous connecter:

Logo WordPress.com

Vous commentez à l'aide de votre compte WordPress.com. Déconnexion / Changer )

Image Twitter

Vous commentez à l'aide de votre compte Twitter. Déconnexion / Changer )

Photo Facebook

Vous commentez à l'aide de votre compte Facebook. Déconnexion / Changer )

Photo Google+

Vous commentez à l'aide de votre compte Google+. Déconnexion / Changer )

Connexion à %s