L’ONU réclame une enquête

https://i0.wp.com/ichef.bbci.co.uk/news/ws/624/amz/worldservice/live/assets/images/2015/08/29/150829024913_ban_ki-moon_640x360_un_nocredit.jpgLe secrétaire général de l’ONU Ban Ki-moon a réclamé jeudi une enquête sur la mort de neuf civils et de deux policiers mardi à Bujumbura.

Ces derniers sont morts dans des « échanges de tirs intenses » dans plusieurs quartiers de la capitale burundaise.

Dans un communiqué des Nations unies, M. Ban « demande instamment aux autorités burundaises d’entreprendre une enquête rapide et rigoureuse » sur ces « crimes méprisables » afin de poursuivre les responsables en justice.

Parmi les civils tués figure un employé de l’Organisation internationale pour les migrations (OIM), Evariste Mbonihankuye, précise un communiqué de l’ONU.

15 octobre 2015, http://www.bbc.com/afrique

10 réflexions sur “L’ONU réclame une enquête

  1. None ga Haraho mwabonye abantu bafata aba police b igihugu bafatwa bakabohwa bakicwa abanyagihugu barorera kumwe Alshabab muri somalia mu kwica abantu nabo niko bagize kubera bashigikiwe nabahenzwe mumakungu ngo amatohoza????? birababaje!!!!!!! I sinzi ryabarundi biciw mu Kivyuka , taba nahandi ntawigeze yumva ONU ikuyeko umunwa? ???

    J’aime

  2. Ndakubwire weweMiburo Maggi,uvuze ukuri ico kibazo kiragoye ncuti,kera ubajije umuntu ikibazo nkico yakwishura ngo: »Ni ikibazo c,igisoda »none ubu biragoye caratorewe inyishu nikindi kizoronka inyishu mw,izina rya Yesu!Ubajije umu dd umwansi uwariwe avuga umu opposant,ubajije umu opposant avuga umu dd ,vyaracanganye mugabo Imana yo Mw,Ijuru iradufitiye inyishu,kuko niyo isigaye ari umuvyeyi watwese atwumviriza abandi baracafuye boooose.Kandi biranditswe muri Bible urasome neza muri 2timoteyo 3:1-9.Imana ikugirire neza n,abarundi booose.Amen!

    J’aime

  3. Ewe MIBURO siwe urira wenyene twese ubwanwa bwapfutse umunwa.
    Kubona ONU isaba ubutegetsi bw’uburundi kugira enquête k’ubwicanyi bwonyene bwateguye kandi bugashira mungiro ntivyumvikana kandi inyishu ntiyiteze kuboneka niba aruko bimeze. Kandi hari igitangaje: ejo umuvugizi wa CNDD-FDD yavuze ngo urya muryango wiciwe mungagara abicanyi bari bawugize inkinzo, none twokwibaza ukuntu hishwe gusa uwo muryango ariko abo bita abicanyi ntihagire numwe yicwa canke ngo hatorwe ikirwanisho nakimwe? ivyo bintu biteye amakenga kuburyo namatohoza ataco yoshikako mugiye yokorwa n’abarundi dusanzwe tuzi ko atanarimwe barashika kukintu gitomoye kubijanye n’amatohoza.
    Les Burundais épris de la paix devraient se solidariser pour presser l’ONU à faire elle-même une enquête sur toutes les barbaries inouïes observées chaque jour ici et là
    et commises par les mêmes individus sans raison valable.
    Vive la Justice

    J’aime

  4. murabure guhaguruka mwe abarundi pour votre sécurité ngo murindiriye amahanga, twe mu rwanda muri 1962 twategereje loni (l’onu) turaheba. twarishwe kuva 1959 gushika 1994 aho abana n’abuzukuru bacitse ku icumu bahagurutse muri 1990 bagahagarika ubwo bwicanyi forever mu 1994. don’t waste your time. time is money, ni ko abazungu bavuze but time is safe and security for us africans.

    J’aime

  5. Reka kwihebura! Fatanya n’abo mubana hafi yawe, bose udacaguye (abahutu, abatutsi, abatwa, abanyamahanga, abakristu, abakizwa, abaislam, eka bose mugire urunani rw’intamenwa hanyuma mugwanirize umwansi hamwe. Twese ni twakora uko aho tubaye, tuzosanga iyi ntambara tuyitsinze. Nayo ahandi kwihebura ntaco bifasha.

    J’aime

  6. Je salut les différentes intervention médiatique que l’ONU fait à l’endroit des pays du monde en général et qui sont en guerre et du Burundi en particulier mais si on essaie de faire une petite analyse ntabwo mubona ko l’ONU ifise faiblaisse idasanzwe mu ma interventions yayo ku buryo gushika iyi saha abarundi isinzi baguma baritagurika ku munsi ku munsi amakungu arorera nkuko umengo ni za films fiction ziriko ziraba. none nkabarundi tugiriki kiruta ayo majambo ataho ashikana canke uko kunigagurana kandi twese turi abarundi? ikintu codusubiza amahoro tukabaho twidegevya twese? jewe narabuze inyishu.

    J’aime

    • Ndakubarire, Général De Gaulle w’umu faransa niwe yise ONU « ce gros machin inutile. » Secrétaire Général ni tigre en papier kuko Conseil de Sécurité idafashe ingingo Ban Ki Moon aguma arindiriye nk’umuntu arindiriye imfashanyo, wewe ntavuga ko ataco zimaze. Iyo Conseil igizwe n’ibihugu bike biniganira gutwara isi. Aho les Américains et les Occidentaux en général bashize, les Chinois et les Russes baca bacurika. Twebwe rero turi vya vyatsi inzovu zihonyanga ziriko zirarwana.

      J’aime

Laisser un commentaire